Emelance arabeshuza abamwararaje ko yoba adandaza ibigori kw’ibarabara (ifoto)

31 21-02-2015 - saa 12:07, IGIHE

Umuririmvyikazi Emelance Emy arabeshuza amakuru yaciye kuri facebook yamwagiriza ko yoba yotsa ibigori kw’ibarabara rya Musaga hafi y’aho asanzwe aba.
Inyuma yaho haciye urwandiko kuri facebook ruvuga ko Emelance Emy yoba agurisha ibigori yokeje kw’ibarabara ryo ku Musaga, hakerekanwa n’ifoto ariko arahekenya ikigori, Emelance yabwiye ikinyamakuru indundi ko ababajwe n’abantu bandika ivyo batatohoje, ko bari bakwiye kwandika ukuri canke bakandika ibikorwa vy’akamaro vyiwe kuko arabifise.
Avuga (...)

Avuga ko atazi iyo vyavuye kugira bamwararaze kugeza nk’uko. Ikindi avuga n’uko abo bandika ivyo boreka gusuzugura ako kazi ko kwotsa ibigori kuko hari imiryango gatunze kandi n’abarya ibigori ntibagoka.

Mwomenya ko inkuru zo gutyoza abaririmvyi biciye kuri facebook zigisibije, iyo ya Emelance ije inyuma y’inkuru berekanye Sat B ariko agendera kw’ikinga (taxi velo), ahandi bakaba bigeze kwandika ko Yoya yapfuye n’izindi.

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

Paji: 1 | 2 | 3 | 4  

1
kijogo bukeyeneza 2018-09-23 22:56:42

jewe vrema icifuzo canje nagombakumenya mbega umukinyi wambere muburundi ahembwa angahe?

2
Gahubenge 2018-09-14 00:23:10

Abantu Baze Bararek Gusugura Akaz 1.Kurya Ikigor Sibibi 2.Kubidandaz Sibibi Ubuzima Ntaho Butaronderegwa Murakoz

3
SINDAYIGAYA 2018-08-27 11:50:05

UWo mukobwandamwemera kukotkurya ibigorisicaha kandinokuvyotsa sicaha.? niba.abikoro ninyunguze ? kazinikazi bugabira .siti _"

4
SINDAYIGAYA 2018-08-27 09:38:13

UMUTARAMO NKUWO YOTSA IBIGORI KUMUHANDA KABISA INYAMUKURUBIRABESHA ?KWELI?

5
Elias 2018-08-22 17:33:21

Ahubwo uwomuntu ndamupfana cane kuko ibigori biraryoshe.

6
Chadrack 2018-08-08 22:18:59

Twetubiravy,wosangiyonkuru Ariyo Kko Kwotsibigori Ntakintunakimwekimaramaje,kirimwo.

7
Manirakiza 2018-07-11 01:23:31

Uwo Mukobwa Ndamukunda Sinziyuko Noronka Inimero Yiwe

8
DISMAS 2018-06-07 22:07:18

EMWE TWEBWE DUTUZWE NOKWOTSA IBIGORI TURAGOWE MWIKOMINE YACU YAGIHANGA IBUBANZA

9
JEAN MARIE 2018-03-17 16:49:47

IZONIMUNWA NTAMURIRIMVYIKAZI WIBURUNDI YOKOTSA IBIGOR KUKO NTAKENY YAHO KORA IVYO

10
NYANDWI APPOLINAIR 2018-02-25 16:55:19

kurya ibigori icaha kirehe se?non abo bamwararaza ntavyo barya se? nibamureke ntawodandaza ivyo atarya,

Paji: 1 | 2 | 3 | 4  

Kumenyekanisha