Ibitaro Roi Khaled vyatanze inomero abafise ibibazo bohamagarako ku buntu

1 11-11-2014 - saa 15:15, IGIHE

Ibitaro Roi khaled vyashizeho inomero za terefone zihamagarwa ku buntu, abafise ivyo bashikiriza bakazoshobora guhamagara, bashikiriza ivyo babona kitagenda neza, canke bitura ivyo bitaro ku bibazo bazoba bafise.
Ibitaro vyitiriwe umwami Khaled vyo mu Kamenge vyashizeho inomero zo guhamagara ku buntu "Numero vert". Iyo nomero zizohora zihamagarwako ku buntu n’abo bose bazoba babonye ibitagenda neza bashaka gushikiriza, canke n’ikindi icarico cose bazoba bashaka gushikiriza. Izo nomero akaba (...)

Ibitaro Roi khaled vyashizeho inomero za terefone zihamagarwa ku buntu, abafise ivyo bashikiriza bakazoshobora guhamagara, bashikiriza ivyo babona kitagenda neza, canke bitura ivyo bitaro ku bibazo bazoba bafise.

Ibitaro vyitiriwe umwami Khaled vyo mu Kamenge vyashizeho inomero zo guhamagara ku buntu "Numero vert". Iyo nomero zizohora zihamagarwako ku buntu n’abo bose bazoba babonye ibitagenda neza bashaka gushikiriza, canke n’ikindi icarico cose bazoba bashaka gushikiriza. Izo nomero akaba ari 77316500, 77316501, 77316502.

Umuyobozi mukuru w’ibitaro Roi Khaled, Pontien Ndabashinze, akamenyesha ko bashizeho izo nomero zo guhamagara ku buntu mu ntumbero yo guteza imbere ibikorwa bisanzwe bikorerwa kuri ivyo bitaro Roi Khaled, mu bisata bitandukanye.

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

1
uburo 2014-11-11 16:54:24

Barasubirako igisata ca maternite hamwe nabwgikorwmwo kuko birateye isoni ukuntubitwara nukntu bakira bakira abavyeyi.mbe abo bagore bakorayo bobo ntibavyara nkabandi.burya ikidahura nimisozi kandi twese turakeneraniye mube mureka kgirq nkunzu

Kumenyekanisha