Kuki Emelance Emy ariko asubiramwo zimwe mu ndirimbo ziwe

3 5-11-2014 - saa 15:24, IGIHE

Emelance Emy amaze kubona ihinduka ry’ihinyanyugwa ry’indirimbo aho hari ubuhinga bugezweho bwo gukora neza indirimbo, uwo muririmvyikazi yahisemwo gushira ku gihe zimwe mu ndirimbo ziwe.
Ubuhinga butera buhinduka kandi vyiza abaririmvyi bojana n’ibihe, Emelance Emy ariko asubiramwo zimwe mu ndirimbo ziwe. Abona ko zikozwe ku buhinga bugezweho zoheza zikaryoha gusumba uko zahora. Emelance yahisemwo gutangura ururirimbo "Burundi Yetu". Emelance azosubiramwo izo yumva zitameze neza zose.
Ico (...)

Emelance Emy amaze kubona ihinduka ry’ihinyanyugwa ry’indirimbo aho hari ubuhinga bugezweho bwo gukora neza indirimbo, uwo muririmvyikazi yahisemwo gushira ku gihe zimwe mu ndirimbo ziwe.

JPEG - 20.1 ko
Emelance ari k’umuhinyanyuzi Botchum

Ubuhinga butera buhinduka kandi vyiza abaririmvyi bojana n’ibihe, Emelance Emy ariko asubiramwo zimwe mu ndirimbo ziwe. Abona ko zikozwe ku buhinga bugezweho zoheza zikaryoha gusumba uko zahora. Emelance yahisemwo gutangura ururirimbo "Burundi Yetu". Emelance azosubiramwo izo yumva zitameze neza zose.

Ico gikorwa cashizwe mu minwe y’umuhinyanyuzi Botchum, uwo nawe azanye ubundi buhinga bwo kubika indirimbo igihe kinini aho n’inyuma y’imyaka myinshi ururirimbo rushobora gusubirwamwo kubera yabitse ivyo bita "pistes".

Umviriza ururirimbo "Yambogorera" rwa Emelance Emy

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

1
Bigirimana 2018-06-25 08:38:40

jewe ntavyabandi mvuga mvuga ivvyanje gusa icoshaka kuba icoshaka kuba naho imigere ibiri idatereka bibabivana nuko uyiteye inyuma yubuzima ndimwo ndashaka kuvamwo ibintu bibiriri niburiburi kimwe kandindagikurikirane icambere ndipfuza kuba umukinyi wumupira wamaguru icakabiri umuhanzi murivyovyose ndashakamwokimwe kizonteza imbere numuryango wanje nigihugucanje naho mbona bigoye bacumugani mukirundi ngo akagumye bagumako

2
Lashid 2017-04-29 11:39:18

emelance miinamufan

3
sibomana diomede murmra 2015-05-04 03:41:08

bantu nivyiza kuvuga ico wabonye kuko biratuma ububeshi bugabanuka

Kumenyekanisha