Itarike 13 Munyonyo

0 12-11-2018 - saa 12:59, IGIHE

Igenekerezo rya 13 Munyonyo .
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1312: Edouard wa 3, umwami w’Ubwongereza.
1848: Albert wa 1, umuganwa wa Monaco.
1850: Robert Louis Stevenson, umwanditsi w’umwongereza.
Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri
1093: Malcom wa 3, umwami wo muri Ecosse.
2001: Frédéric Pottecher, umukinyi w’ivyese akaba n’umwanditsi w’umufaransa.
2002: Juan Alberto Schiaffino, umukinyi w’umupira w’amaguru wo muri Uruguay.
Ibihimbazwa
. Umunsi mpuzamakungu wahariwe (...)

Igenekerezo rya 13 Munyonyo .

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1312: Edouard wa 3, umwami w’Ubwongereza.

JPEG - 89.5 ko
Edouard wa 3

1848: Albert wa 1, umuganwa wa Monaco.
1850: Robert Louis Stevenson, umwanditsi w’umwongereza.

JPEG - 7.1 ko
Robert Louis Stevenson

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1093: Malcom wa 3, umwami wo muri Ecosse.
2001: Frédéric Pottecher, umukinyi w’ivyese akaba n’umwanditsi w’umufaransa.
2002: Juan Alberto Schiaffino, umukinyi w’umupira w’amaguru wo muri Uruguay.

JPEG - 7.5 ko
Juan Alberto Schiaffino

Ibihimbazwa

. Umunsi mpuzamakungu wahariwe uburwaneza.
. Equateur: Umunsi wahariwe indero.
. Panama: Umunsi wahariwe abamenyeshamakuru.

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

8172 0 2-11-2018
4050 0 25-10-2018
6579 0 21-10-2018
3906 0 9-10-2018
Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

Nta ciyumviro kirajako. Ba uwa mbere!  

Kumenyekanisha