Guinnée : Ikiza Ebola kibandanya ciha inkumbi

1 5-10-2014 - saa 13:13, IGIHE

Ibintu bikomeza gukomera mu gihugu ca Guinée, aho ikiza Ebola gikomeza kwiha inkumbi. Ibiharuro bikomeza kwiyongera uko iminsi igenda.
Abantu 1234 ni bo bamaze gufatwa, 748 nabo bakaba baritavye Imana nk’uko bishikirizwa n’umurwi w’igihugu washinzwe kurwanya ico kiza muri ico gihugu , ufadikanije n’ishirahamwe mpuzamakungu rijejwe amagara y’abantu OMS. Ibitigiri vyo nyene vy’abamaze kwandura kuva mu kwezi kwa Ntwarante uno mwaka w’2014 ni1013 muri abo 570 nibo bitavye Imana. Ku wa 2 Gitugutu naho (...)

Ibintu bikomeza gukomera mu gihugu ca Guinée, aho ikiza Ebola gikomeza kwiha inkumbi. Ibiharuro bikomeza kwiyongera uko iminsi igenda.

Abantu 1234 ni bo bamaze gufatwa, 748 nabo bakaba baritavye Imana nk’uko bishikirizwa n’umurwi w’igihugu washinzwe kurwanya ico kiza muri ico gihugu , ufadikanije n’ishirahamwe mpuzamakungu rijejwe amagara y’abantu OMS. Ibitigiri vyo nyene vy’abamaze kwandura kuva mu kwezi kwa Ntwarante uno mwaka w’2014 ni1013 muri abo 570 nibo bitavye Imana. Ku wa 2 Gitugutu naho abategetsi b’ico gihugu bamenyesheje ko hariho abandi 36 bafashwe nico kiza.

Hari n’abandi 115 barwaye muri abo 85 baratowe iyo ndwara ,32 nabo barikekwa gusa ariko bararindiriye inyishu zizova mu bipimo ,abo nabo barwariye mu bigo vyishinze kwakira abarwaye iyo ndwara.

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

1
ALEX DUSABE 2014-10-18 18:41:18

birabaje kuko nibatanyaruka abanganga bahige umuti ningoga abanyafrika tuzohera umwumwe kuwundi MANA dutabare nkuko watabaye abanyisirayeri akabacana mukiyaga kikabonekamwo inzira MANA ya ibrahim MANA ya eliya MANA ya mosse iriyo MANA yacu nukuri turabanyavyaha ariko ntudutererane tugirire imbabazi uzoba ukoze tubisavye twizeye uzodufasha kurwanya indwara ya ebola mizina ry’umwamiwacu YESU KRISTON amen .

Kumenyekanisha