Liberia : Amashure aratangura inyuma y’amezi atandatu ahagaritswe kubera Ebola

0 6-01-2015 - saa 16:06, IGIHE

Mu gihugu ca Liberia amashure agiye kwugururwa inyuma y’amezi ashika atandatu yugaye kubera ikiza ca Ebola.
Muri Liberia amashure yari yugawe guhera mu kwezi kwa Myandagaro 2014, ategerezwa kwugurura guhera muri uku kwezi kwa Ruhuhuma, bikaba vyamenyeshejwe mw’itangazo ryashizwe ahabona n’ubushikiranganji bw’amashure.
N’amashirahamwe y’umupira w’amaguru yaciye amenyesha ubwo nyene ko bagiye kubandanya amahiganwa. Bagira bati : "Turasavye amashure yose kwitegurira gusubira ku mashure mu kwezi kwa (...)

Mu gihugu ca Liberia amashure agiye kwugururwa inyuma y’amezi ashika atandatu yugaye kubera ikiza ca Ebola.

Muri Liberia amashure yari yugawe guhera mu kwezi kwa Myandagaro 2014, ategerezwa kwugurura guhera muri uku kwezi kwa Ruhuhuma, bikaba vyamenyeshejwe mw’itangazo ryashizwe ahabona n’ubushikiranganji bw’amashure.
N’amashirahamwe y’umupira w’amaguru yaciye amenyesha ubwo nyene ko bagiye kubandanya amahiganwa. Bagira bati : "Turasavye amashure yose kwitegurira gusubira ku mashure mu kwezi kwa Ruhuhuma, muri iryo tangazo bakaba basavye amashure kurondera n’ibikoresho vyo kwa muganga."

Tubibutse ko ico kiza ca Ebola cihaye inkumbi mu bihugu vyo mu karere ka Afrika y’uburengero, gushika ubu abantu bagera ku bihumbi hafi indwi akaba aribo bahitanywe n’iyo ndwara.

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

Nta ciyumviro kirajako. Ba uwa mbere!  

Kumenyekanisha