Abana batanu bagiye kubarwa indwara y’umutima mu Bufaransa

0 5-11-2014 - saa 12:16, IGIHE

Abana batanu b’abarundi nibo baroye kubarwa indwara y’umutima basanzwe barwaye mu gihugu c’Ubufaransa aho bafashijwe n’ishirahamwe ABOSABU.
Abana COYITUNGIYE Danny Prince wo mu gisagara ca Bujumbura , NIZEYIMANA Ange w’i Mwaro, NSENGIYUMVA Celine ava mu ntara ya Cankuzo, INGABIRE Queen Doree wo mu ntara ya Bujumbura rural, na INGABIRE Milly Sanchia w’i Gitega akaba aribo barungitswe mu gihugu c’Ubufaransa kugira bavurwe indwara y’umutima bafashijwe na ABOSABU(Association Bon Samaritain du (...)

Abana batanu b’abarundi nibo baroye kubarwa indwara y’umutima basanzwe barwaye mu gihugu c’Ubufaransa aho bafashijwe n’ishirahamwe ABOSABU.

Abana COYITUNGIYE Danny Prince wo mu gisagara ca Bujumbura , NIZEYIMANA Ange w’i Mwaro, NSENGIYUMVA Celine ava mu ntara ya Cankuzo, INGABIRE Queen Doree wo mu ntara ya Bujumbura rural, na INGABIRE Milly Sanchia w’i Gitega akaba aribo barungitswe mu gihugu c’Ubufaransa kugira bavurwe indwara y’umutima bafashijwe na ABOSABU(Association Bon Samaritain du Burundi)nk’uko bivugwa na Alexis Butoyi, umukuru w’iryo shirahamwe.

Iryo shirahamwe rero rikaba rishimira uwo wese yagize ico afasha mu kurungika abo bana kwivuriza muri ico gihugu c’Ubufaransa. Igihe abo bana baja kwurira indege ku kibuga c’indege ca Bujumbura, bakaba baherekejwe n’abari muri iryo shirahamwe bari kumwe n’umupfasoni Immaculee Nahayo asanzwe ari umuhanuzi mukuru w’umukuru w’igihugu ajejwe ivy’imibano.

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

Nta ciyumviro kirajako. Ba uwa mbere!  

Kumenyekanisha