Uwahoze ari buramatari w’intara ya Bubanza Tharcisse NIYONGABO yagenywe n’itegeko ry’umukuru w’igihugu kuba umwunganirizi w’umushikiranganji w’intwaro yo hagati
Nk’uko biri mw’itegeko ry’umukuru w’igihugu rimugena inomero 100/149 ryo kw’igenekerezo rya 4 Gitugutu 2018 rimenyeshako Tharcisse NIYONGABO agenywe mu mabanga yo kuba umwunganirizi w’umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu (...)
Uwahoze ari buramatari w’intara ya Bubanza Tharcisse NIYONGABO yagenywe n’itegeko ry’umukuru w’igihugu kuba umwunganirizi w’umushikiranganji w’intwaro yo hagati
Nk’uko biri mw’itegeko ry’umukuru w’igihugu rimugena inomero 100/149 ryo kw’igenekerezo rya 4 Gitugutu 2018 rimenyeshako Tharcisse NIYONGABO agenywe mu mabanga yo kuba umwunganirizi w’umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu.
uwo mu ruyigi ko bamwirengagiza yacumuye iki?
Ba mutubwira ivyo avuga natwe tumumenye
Uwo Tharcisse Niyongabo asubiriye nawe bamushinze ayahe mabanga? Niwe bariko barategura kugira atware muri 2020? Aravuga agaheba akarenza urugero kurusha abamutumye.