
Umusi mukuru mpuzamakungu wahariwe kugwanya ingwara y’igisukari wahimbajwe kuruno wa kane igenekerezo rya 14 Munyonyo umwaka wa 2018 mu Gatabo muri komine Kiganda intara ya Muramvya.
Mu guhimbaza uwo musi mukuru mpuzamankungu wahariwe kugwanya igisukari waranzwe n’igikorwa co kwipimisha k’ubushake iyo ngwara y’igisukari.
Uyo musi mukuru wahimbajwe ku civugo kivuga giti « Umuryango hamwe n’igisukari »
Nta ciyumviro kirajako. Ba uwa mbere!