Umukuru w’igihugu yatanze inyigisho kubakozi batandukanye bo mu bushikiranganji bw’ubutungane

2 2-11-2018 - saa 13:19, vianney

Umukuru w’igihugu Pierre NKURUNZIZA yatanze inyigisho zo kuzirikana igihugu kuruno wa gatanu igenekerezo rya 2 Munyonyo 2018 ku barongoye abandi mu butungane, mu mabohero hamwe n’abandi bakozi batandukanye bakorera mu bushikiranganji bw’ubutungane.

Zimwe mu nyigisho zatanzwe murabo bakorera mu gisata c’ubutungane zijanye n’itunganywa rijanye no gutunganiriza abitura ubutungane hamwe n’inyigisho zijanye n’akarangamutima k’abacamanza.

Izo nyigisho zijanye no kuzirikana igihugu umukuru w’igihugu ariko ashikiriza abakozi batandukanye bo mu bushikiranganji bw’ubutungane zabereye mu ntara ya Kayanza.

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

1
Manweri Nyabenda 2018-11-13 21:45:35

Andika hano Abamenyeshamakuru Abacamanza Iterambere Rirashoborakuza Kubera Iyomigwi Ibiri Iyikora Idahengamye |

2
Utunganebwizanibwoigihucucifuza!Mukuruw'igihugukomerezahotukur'inyuma! 2018-11-03 12:02:21

Andika han

Kumenyekanisha