Umukuru w’igihugu Pierre NKURUNZIZA yatanze inyigisho zo gukundisha igihugu ku bamenyeshamakuru

2 30-10-2018 - saa 16:15, vianney

Umukuru w’igihugu Pierre NKURUNZIZA yatanze inyigisho zo gukundisha igihugu ku bamenyeshamakuru kuruno wa kabiri igenekerezo rya 30 Gitugutu umwaka wa 2018 mu ntara ya Muramvya.

Murizo nyigisho zo gukundisha igihugu,umukuru w’igihugu Pierre NKURUNZIZA yasavye abamenyeshamakuru gukoresha ubwenge mu mwuga wabo hamwe no gushikiriza ivyubaka igihugu mu kugiteza imbere.

Iruhande y’abamenyeshamakuru izo nyigisho zitabwe kandi n’abavugizi b’inzego zose z’igihugu hamwe nabo mu kigo kijejwe gucungera uko ibimenyeshamakuru bikora mu gihugu c’Uburundi CNC(CONSEIL National de la Communication).

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

1
Tugarukire Amahoro Prosper 2018-11-10 17:41:51

Murakagira Iteka N’itekane Banyakwubahwa Kunyigisho Zogukunda Igihugu Mwama Muratanga.

2
Manweri Nyabenda Batazira Bizoza 2018-11-04 19:32:04

Andika hano Amahoro Nyakubahwa Petero Nkrunziza Ndabashimiye Kubikogwa Mwama Mwaranguriye Uburundi Nabarundi Kunyigisho Muherutse Guha Abamenyeshamakuru Mukwiye Kubahorahafi Kuko Abamenyeshamakuru Bameze Nkumuriro Wakira Hagufi Yishamba ( Bisobanura Abumva Nabavuga) Murakoze.

Kumenyekanisha