
Patiri mukuru mushasha wa paruwase Muramvya yagize isanganya n’imodoka urenganye ahitwa kwa Kamenge agiye mu bikorwa vy’ubutumwa.
Amakuru avuga ko uwo patiri mukuru yagize iryo sanganya agiye mu bikorwa vya misi yose kw’ishure ryahitwa i Murambi.
Ayo makuru abandanya avuga ko ishirahamwe rijejwe gutabara imbabare «Croix Rouge » ryaciye rihashika iryo sanganya rikiba rica rimutwara mu bitaro bikuru vyo mu ntara ya Muramvya aho ariko aravurirwa.
Uwo mupatiri familly ye ikomeze kumwitaho n ’a baganga
Padri komera cyane kandi kira vuba imana yakurinze irahari,
Imana imufashe atore mitende vuba kugira abandanye igikorwa yahamagariwe co gusanasana imitima.
Patiri , Imana Ishoboravyose Imufase Akire Abandanye Amenyekanisha Izina Ryayo Mubantu