
Uwitwa Esperance NZORIJANA yaraye akomerejwe n’imvubu mw’ijoro ryo kuruyu wa kane buca ari kuruyu wa gatanu igenekerezo rya 21 Nyakanga umwaka wa 2018 inyuma yaho iteye murugo iwe.
Amakuru dukesha ubushikiranganji bw’umutekano no kugwanya ibiza avuga ko iyo mvubu yateye urugo rwa Esperance NZORIJANA igihe c’isaha zitanu n’iminota 55 isiga imukomerekeje bikomeye.
Ayo makuru avuga ko Esperance NZORIJANA yaciye ajanwa mu bitaro.
OYA.HUBWO.ABABIJEJWE.NIBATORERE.UMUTI.ICOKIBAZO.BAKINGIRE.AHO.YATURUTSE.IVA
uyu muvyeyi yagize Imana cane rwose iba yamugandaguye mbe yemwe ga yewe! ibi bikoko ni ngombwa babiduhe tubirye naho ubundi ntituzobikira
Jewe sindamenya hagati yimvubu numwenegihugu ninde wokwubahirizwa?nimureke zitumare kuko zirakingiwe.hokuduha biriya vyarutura tukabirya nivyo biza kudutsinda mubana murugo hanyuma bizoturandurirakamazu.