
Sentare nkuru y’igihugu y’intara ya Gitega yaciriye umunyororo w’ubuzima bwabo bwose abitwa Dushime Eloge,Gentil Elvis ARAKAZA,Pacifique IRAKOZE hamwe na Jean Marie NSHIMIRIMANA bagirijwe icaha co kwica bunyamanswa umumotari yitwa Bede NTEZICIMPA.
Amakuru dukesha umuvugizi wa Sentare ntahinyuzwa Agnes BANGIRICENGE amenyeshako Eric HAKIZIMANA yagirizwa kubika ipikipiki yibwe yaciriwe umunyororo w’impaga w’umwaka umwe.
Ayo makuru avuga ko abo bagizi ba nabi bose uko ari 4 baciye batwaga mw’ibohero rikuru ry’intara ya Gitega.
nkuko bisanzwe ubitse icibwe nawew uba urumusuma nahene nimumuhe igihano bakwirane kk idiri baribayikiniye hamwe
Ahubwo Nuwo Yagirizwa Koyabitse Ipikipiki Nawene Nibamuhe Igihano Gikwiye Kubera Umwaka Umwe Nuwuzira Ubusa Arawumara Haneswe Uwoyairizwa Icocaha Kuko Nawene Ninkozi Yikibi Iyopikipiki Acumva Karuwobagandaguye Yariguca Ayijana Kubajejwe Intwaro Bagakora Itohoza Mwakokanya Ahubwo Nibamucire Imyaka 12 Nihadabu Kuruhand Kugira Ntazosubire Kubika Ikint Mwenic Murakoz