
Amashirahamwe CAPES + na PISC –BURUNDI yasaba reta y’Uburundi kubaza ibizokwigirwa mu biganiro vyimirije hamwe no kumenyeshwa abantu bose batumiwe mu biganiro vyo ku ncuro ya 5 bigiye kuba mu misi iri imbere.
Mu kiganiro ayo mashirahamwe yahaye abamenyeshamakuru kuruyu wa gatatu, Hamza Venant BURIKUKIYE arongoye CAPES+ amenyeshako ataruko abarundi bafise umugenzo wo kuganira kuva na kera ivyoganirwa mu biganiro vyimirije ku ncuro ya gatanu nimba ata kintu vyoza vyuhira kubimaze gushikwako ivyo biganiro ata kamaro ko bibaho.
Hamza Venant BURIKUKIYE yavuze ko ukwezi kwa Gitugutu atari umwanya ushemeye kugira abantu baje mu mpari za poritike kuko ari ukwezi kudasanzwe muri kahise k’Uburundi kuko hibukwa igandagurwa rya Rudoviko RWAGASORE hamwe na Melchior NDADAYE.
reta irikwije icokibazo irakibona kandi iriko iragitorera umuti kandi kizacemuka
Nivyo nibaje mubiganiro turabe ko igihugu cacu coba namahoro impunzi zitahuke
Nivyo nibaje mubiganiro turabe ko igihugu cacu coba namahoro impunzi zitahuke
kubwacu abanyagihugu batoya nta warakwiye gukumirwa mwivyo biganiro ; abashatse gutembagaza ubutegetsi bari bakmiye kuza bakicara kuntebe yibiganiro. niwo muti