Amategeko mashasha y’umugambwe CNDD FDD azobanza kwemezwa : Vidéo

18 21-06-2016 - saa 11:00, Jean De Dieu

Ikoraniro Kaminuza ry’umugambwe CNDD FDD ryabereye mu ntara ya Ngozi ryasozerewe kuri uwu w’Imana hadatowe uwugiye gusubirira Pascal NYABENDA yahora aramutswa uwo mugambwe. Amatora y’indongozi nshasha za CNDD FDD yashizwe mu mezi abiri ari imbere.
Ico kiringo catanzwe kugira bahe umwanya umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu wo kwemeza amategeko mashasha agenga uwo mugambwe yashizweho muri iryo koraniro.
Amasanamu y’ivyavuye muri iryo (...)

Amasanamu y’ivyavuye muri iryo koraniro

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

Paji: 1 | 2  

11
VENISTE 2016-06-26 12:22:41

NDI ,NIYOGABO VENISTE ,IMANA . ,IRUSHIRIZEKUTUBAHAFI ,TWESI ,ABAGUMYABANGA""

12
Sindayihebura Gude 2016-06-25 19:16:18

Ico Twipfuza Nuko Atamugambwe Uzotwitambika Imbere Kubera Nibutse Iyo Navuye Nahongeze Ncanguma Ndumusonga Mbere

13
Mussa 2016-06-23 14:47:12

Ico Niyumvira Nuko Ayomatorabo Bohindura Ikiringo Bakagishira Kumisindwi Hama Bagatora Uwundi Icociyumvironiciza Ndagishigikiye Ikindi Niyumvira Nuko Umugambwe C N D D F D D Nukowotwagwana Nyakubahwa Umukuruwigihugu Kukotumwemera

14
Bj 2016-06-22 18:25:00

Uwo Mugambwe Arangasambuka

15
Fericie.Gezaho 2016-06-22 06:52:07

Nakamaramaza.Nagiranamwemwagenda.Mutoye,haaaaa.Rekaturindire.Ibikurikira

16
tari 2016-06-21 17:43:40

Murateye ikigongwe ivyo bavyita ukwihera impundu mukigunda

17
K 2016-06-21 13:57:46

Nizere komunyuzwe.
Ngo: nikorere Bujumbura kubwumukuru wumugambwe CNDD FDD Pascal Nyabenda.

18
NEY MAR JUNUA 2016-06-21 13:47:43

Uwuzotorwa Nawe nyene Azobe Intwari Nka Pascal ,Ntazokwibagire13/5/2015

Paji: 1 | 2  

Kumenyekanisha