Amategeko mashasha y’umugambwe CNDD FDD azobanza kwemezwa : Vidéo

18 21-06-2016 - saa 11:00, Jean De Dieu

Ikoraniro Kaminuza ry’umugambwe CNDD FDD ryabereye mu ntara ya Ngozi ryasozerewe kuri uwu w’Imana hadatowe uwugiye gusubirira Pascal NYABENDA yahora aramutswa uwo mugambwe. Amatora y’indongozi nshasha za CNDD FDD yashizwe mu mezi abiri ari imbere.
Ico kiringo catanzwe kugira bahe umwanya umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu wo kwemeza amategeko mashasha agenga uwo mugambwe yashizweho muri iryo koraniro.
Amasanamu y’ivyavuye muri iryo (...)

Amasanamu y’ivyavuye muri iryo koraniro

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

Paji: 1 | 2  

1
Nyandwi 2017-05-30 19:40:49

komera cane

2
Kayuki 2017-03-29 14:37:28

Jewe Ndavye Iyotwavuye Nkacandaba Ahotugeze Ndabonayuko Imbere Ariheza.Nabo Abavuga Ivyobishakiye , Nuburenganzirabwabo Mugabobamenyeko Demokras Atarugutyozinzego Zitorewenabanyagihugu. C N D D F D D Komera Turinyumayawe. Mugabo Ntiwibagire Icakurajerubunda Kukonubu Intunva Ziracariho Kandizizokwamaho. Abahunzenabo Nibahunguke Kuko IBURUNDI haratekanye Abonabo Batyozinzego Vyabokumenya.

3
Buhorobuhoro 2016-08-14 21:11:25

Muzopfa Muryana

4
Nsimiriman 2016-07-26 21:58:09

None Umukuruwumugambenind

5
Dieudonne Hatungimana 2016-07-26 20:21:15

None Umukuru W,umugambe Ninde ?

6
JOBURESNDUWABIKE 2016-07-16 20:52:58

AHUBWO,ICOTWOSABANUKO_BODUTORERA,UWIJAMBOKANDIWUBUTWARI.ADATINYAKUVUGUKURI.

7
JOEL 2016-07-15 08:32:04

NONEASUBIRIJWEKUNTUMBEROIYIHE?

8
mzoyihera intagoheka 2016-07-07 07:33:58

Umugabwe wa bagumutsi ,atandero bafise.

9
NZISABIRA JEAN PIÉRR BATAZIRA MWAKE MWAKE MUYINGA BUTIHINDA KAMARAMAGAMBO 2016-06-29 22:40:12

NUKURI MWIHAYAKANYAGAKWIYE MUZEMURABENEZA NKUKOMWAMAMURABA MUDUHE UMUGABOWIJUNJA NIJAMBO AZIKWIVUGIRA AKAVUGIRA - C . N . D . D . F. D . D _NABANA BUYOMUGAMBWE AHANDINAHO IMBERE NIHEZA ABAHOZEKURUGAMBA TURINYUMAZAWE PETERO NKURUNZIZA .HAMWENABAWEBOSE NOMUMURYANGO WA CNDD-FDD -(NZISABIRA JPIÉRR )

10
DIYO 2016-06-26 21:05:25

WAGIZENEZAKUMUSUBIRIZACANKENIWEYABISAVYE?

Paji: 1 | 2  

Kumenyekanisha