Vaticano: Aba Cardinali batanguye inama zo gutora Papa

0 4-03-2013 - saa 23:45, IGIHE

Aba Cardinali bo kw’isi yose batanguye inama za mbere i Vaticano mu gihe bariko baritegurira gutora Papa mushasha.
Bari mu migwi y’indimi itanu kugira ibiganiro vyabo vyorohe.
Bariko barihweza ubwiza bw’abashobora gutorwamwo Papa.
Mu mpera z’iyindwi bazotegerezwa kuba bamenyesheje umunsi udasanzwe witwa Conclave uzotorerako Papa.
Inama y’uwo mugwi ishobora kuzoca itangura niyo aba cardinali ijana na cumi na batanu bafise ububasha bwo gutora bazoba bose bamaze gushika i (...)

Aba Cardinali bo kw’isi yose batanguye inama za mbere i Vaticano mu gihe bariko baritegurira gutora Papa mushasha.

Bari mu migwi y’indimi itanu kugira ibiganiro vyabo vyorohe.

JPEG - 28.3 ko

Bariko barihweza ubwiza bw’abashobora gutorwamwo Papa.
Mu mpera z’iyindwi bazotegerezwa kuba bamenyesheje umunsi udasanzwe witwa Conclave uzotorerako Papa.

Inama y’uwo mugwi ishobora kuzoca itangura niyo aba cardinali ijana na cumi na batanu bafise ububasha bwo gutora bazoba bose bamaze gushika i Roma.

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

Nta ciyumviro kirajako. Ba uwa mbere!  

Kumenyekanisha