Emelance arabeshuza abamwararaje ko yoba adandaza ibigori kw’ibarabara (ifoto)

31 21-02-2015 - saa 12:07, IGIHE

Umuririmvyikazi Emelance Emy arabeshuza amakuru yaciye kuri facebook yamwagiriza ko yoba yotsa ibigori kw’ibarabara rya Musaga hafi y’aho asanzwe aba.
Inyuma yaho haciye urwandiko kuri facebook ruvuga ko Emelance Emy yoba agurisha ibigori yokeje kw’ibarabara ryo ku Musaga, hakerekanwa n’ifoto ariko arahekenya ikigori, Emelance yabwiye ikinyamakuru indundi ko ababajwe n’abantu bandika ivyo batatohoje, ko bari bakwiye kwandika ukuri canke bakandika ibikorwa vy’akamaro vyiwe kuko arabifise.
Avuga (...)

Avuga ko atazi iyo vyavuye kugira bamwararaze kugeza nk’uko. Ikindi avuga n’uko abo bandika ivyo boreka gusuzugura ako kazi ko kwotsa ibigori kuko hari imiryango gatunze kandi n’abarya ibigori ntibagoka.

Mwomenya ko inkuru zo gutyoza abaririmvyi biciye kuri facebook zigisibije, iyo ya Emelance ije inyuma y’inkuru berekanye Sat B ariko agendera kw’ikinga (taxi velo), ahandi bakaba bigeze kwandika ko Yoya yapfuye n’izindi.

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

Paji: 1 | 2 | 3 | 4  

11
Habogorimana diomedi 2018-02-22 23:02:42

jewe umwuga wo kuririmwa ndawemera% najewe mbura uburwo nkubu ndemera SATB NA YOYA uturirimwo twabo turaryoshe.sawa

12
jackson hafashimana espoir 2018-01-10 20:06:39

amazina mwayamenye njewe ndashaka umukunzi kabisa mubinfashemo.

13
nd.nzoyikorera.japhet 2018-01-09 06:37:58

nukur.nibareke.kubatyoza.bababeshera.abaririnvyi.ndabakund.kuk.nanje.nipfuza.kumerankabo.

14
John Claudi Bekery 2016-10-20 05:47:06

Kazi Ni Kazi Jew Mbere Uwo Emelance Nciye Numva Ndamukunze Mbega Arubatse? Jew Sinanka Abarya Nabakora Kandi Akazi Nakaza

15
WHAT~B 2016-01-20 17:52:10

Jewe ,mbonako .Atacahakihakirimwo Twese Turagakunda ,ni ,/WHAT B .Abivuze

16
NKESHIMANA ALLIANCE 2016-01-10 10:25:51

NÔNE BABIBOMYE GUTE KO UBIDANDAZA JEWE NAJE MBÔNA UGIFISE MUNTOKE NDI ALLIANCE

17
nitereka arnuod 2015-10-04 10:47:54

yaraberewe cane ahubwo nampeko kuraje

18
nitereka ardoud 2015-10-04 10:39:57

ciye ndamukunda cane ok rps bz

19
deo 2015-09-29 12:03:26

nibakure ahubwo nuko bo atavyobashoboye

20
derrick uwingabire 2015-07-26 02:10:30

Umuririmvi satb yoba yapfuye?

Paji: 1 | 2 | 3 | 4  

Kumenyekanisha