Umuririmvyi B-Face yatoye zimwe mu ndirimbo ziwe zigiye gukorerwa amasanamu

9 16-10-2014 - saa 15:57, IGIHE

Umuririmvyi B-Face amaze kubona indirimbo ziri mu majwi "Audios" zibaye nyinshi, yigiriye inama yo gutanguza isekeza ryo kuzikorera amasanamu. Zibiri za mbere yahisemwo mu zindi zigiye gushirwa mu minwe y’abahinyanyuzi karuhariwe b’amasanamu.
B- Face ashaka ko isanamu ya mbere y’ururirimbo "Like This" yoyikora na Black G bamwe bazi kw’izina rya Africano. Iyo ashaka ko izokorwa n’abahinyanyuzi bakorera mu kibiri aribo Fleury Pro, Cherif Pro, na Johnny B. Ico gikorwa kirangiye, B Face avuga ko (...)

Umuririmvyi B-Face amaze kubona indirimbo ziri mu majwi "Audios" zibaye nyinshi, yigiriye inama yo gutanguza isekeza ryo kuzikorera amasanamu. Zibiri za mbere yahisemwo mu zindi zigiye gushirwa mu minwe y’abahinyanyuzi karuhariwe b’amasanamu.

Umuririmvyi B-Face On The'flo
B- Face ashaka ko isanamu ya mbere y’ururirimbo "Like This" yoyikora na Black G bamwe bazi kw’izina rya Africano. Iyo ashaka ko izokorwa n’abahinyanyuzi bakorera mu kibiri aribo Fleury Pro, Cherif Pro, na Johnny B. Ico gikorwa kirangiye, B Face avuga ko hazoca hakorwa isanamu y’ururirimbo yise "Ivyo wigira n’ibiki" yaririmbanye na Chany Queen.

Mwomenya ko uwo muririmvyi w’umudiho wa "Rap" gushika ubu afise isanamu y’ururirimbo rumwe "Hip Hop is my Style". Uwo n’abandi basangiye umudiho wa "Rap" biyemeje kurwana mpaka uwo mudiho ashitse ku rugero rw’iyindi midiho. Ikindi n’uko ari mw’ihiganwa "ku mwanya freestyle" rihuza abaririmvyi ba Rap bo mu ma komine y’igisagara ca Bujumbura, ihiganwa rigeze mu gice ca kabiri gishira ica nyuma.

Raba isanamu y’ururirimbo" Hiphop is my Style" rwa B Face

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

1
Nduwamahoro Boniface .B-feci 2018-10-02 19:36:04

B-feci turamukund cane kuko araririmba bein,

2
desire abdoul 2018-09-10 11:20:53

B.face komeza ugwanira agateka kabaririmvyi man urashoboy turinyuma yaw

3
Yves Irakoze 2018-07-12 21:06:04

B-face Komerandak Mumudiho Waw Turinyumazaw .

4
Shimirimana Aline 2018-07-09 20:07:13

Andika hano B-face Ndamukunda Caneee Aruta Chris Brown.Ati Komera.Arazakugira Conseur Ino Murutana.

5
siriyake cank wasiri 2018-06-22 20:40:36

b face komerandagufana

6
Dj Niyonkuru Diomede 2018-04-24 02:58:10

B Face Komera Kumuheto Indirimbo Zawe Ziraryoshe Cane,kandi Zirimwoimpanuro Nyinshi,

7
Richard 2017-06-13 14:50:06

b face turamukunda kandi cane rero turipfuza ko yotera imbere kuri hophup yiwe.Reka ngire nti big up sana.Rich-boy

8
maniraho spitz 2017-05-02 08:47:23

kwl nakomerez aho ingom ya rap izoter imber mu bdi uk tuvyipfuz twe ab fans Bace turamwemer sana kuk arashoboy

9
Samuel Ndacayisaba Batazira FILS YAN 2017-04-26 10:15:25

Nukuri Nibirungo Kubarundi Twese Vraiment Naterimbere Nkumuzingaaaaaaaaa.

Kumenyekanisha