
Inyuma yaho hari urukurukuru rwemeza ko Umukuru w’inama nshingamateka yoba yarahunze , Piyo Ntavyohanyuma ahejeje kwemeza ko yahungiye i Bruxelles abicishije kumboneshakure FRANCE24
Mukiganiro yatanze yasavye ko amatora yokwegezwa inyuma
Inyuma yaho hari urukurukuru rwemeza ko Umukuru w’inama nshingamateka yoba yarahunze , Piyo Ntavyohanyuma ahejeje kwemeza ko yahungiye i Bruxelles abicishije kumboneshakure FRANCE24
Mukiganiro yatanze yasavye ko amatora yokwegezwa inyuma
Paji: 1 | 2 | 3 | 4 | 5 | 6 | 7
UBU TWARABAMENYE AHUBWO NAGENDE ABANDI BARONKE AKAZ
ABARUNDI BARANYOTEWE AMAHORO NTAKWEGEZA AMATORA INYUMA ABO BAFISE ICO BASHAKA .NDI MBAZUMUTIMA IGATSINDA
MUBISANZW GUHUNG NUBURENGANZIR BWUMUNT KAND NDIBAZ NTAHUNGA UBUSA AFIS IGTUMA AHANGU.
mbe abamufasha ko bamuhezeko iyo vide constitutionel ayisigura gute?ni inkinamico ibiriko biraba mu Burundi.nibigire abaronse aho baca.
ntiyahunze! haruwuhunga atwara frais de mission? ordre de mission? barindiriye gusahura igihugu hanyuma bisubirire i wabo belgique erega si rufyikiri si pion bose bafise nationalité belge. ko batahunze bacemeje mandat ya Peter? barindiriye gusiga bogeje frais d’intendance n’imishahara yaya mezi. pion était traitre depuis, yahereye kumuryango wuwamukuye mububirigi gushika no kubanyagihu bari bamutoye ngwabaserukire. nagende; ntavyohanyuma nabonye!
ku mashure 3 yiw ngira niw aca ayirongora Anglebert, GIHAHE naw kur 4ème année abe icegera c!umukuru w’igihugu ,sibo ben ijambo !
Ako nagahimbo kabi kamwibagije iyo ubutegetsi buva. Saho atariye ibitarika igihe twahabuza Démocratie. Aze yibuke kwigarura asabe ikigongwe intagoheka ziguze urugamba. Bagenda namaguru nawe arasumye iciye yisubirira iyo yarari. Ndababaye cane.
NIYIHUNGIRE IYONTUNGANE KUGIRA NTAHASIGE UBUZIMA UBONAKO IVYUBU NIYIHUNGIRE IYONTUNGANE KUGIRA NTAHASIGE UBUZIMA UBONAKO IVYUBU BIGOYE
Mushingantahe canke niba uri umugabo Piyo, nivyo urerekanya aho uhagaze ariko ndafise vyinshi ndakugayako. Inyuma y’aho uhereje guherekeza cndd mu manyanga imyaka cumi yose ubu niho ubonye ko bakora nabi? Uko nivyo ni gukunda abarundi? Canke nuko wabonye igiti wahora wegamiye kigiye guhenuka? Uribuka ukoranije inama nshingamateka mu makosa menshi mugasubiriza ba bapfasoni b’intungane ukemera bagashiramwo amajwi y’abari ku mpfiro mu Rwanda? ivyo bakoze vyose warabashigikiye none kubera ikiringo cawe caheze uratanze imihoho. Mbe aho bica abahutu bakabashira muri ruvubu siho wari? Aho imbonerakure zaja congo kwiga ivya gisirikare sihi wari? Wavuze iku? Twari tuzi ki mwe na 2eme vici président muri ibirage. Have ni mugende intsizi simwe mwayirondeye ni abanyagihugu. Mwarakoze cane
PIYO UREREKANYE UBUSHINGANTEHE URAGAHEZAGIGWA NIMANA WASEGUTAIGIHUGU MUMANGA NIMWEDUFISE UGARUKA UCEWI TOWIZA UYOBORE IGIHUGU URUMUGABO PE.
Paji: 1 | 2 | 3 | 4 | 5 | 6 | 7