Umugabo yahukanye kubera umugore wiwe atanyurwa n’amabanga y’abubatse

11 1er-09-2014 - saa 16:03, IGIHE

Ingorane ziba hagati yabubakanye ziratandukanye, hari izihanganirwa n’izindi zinanirana, zikavyara kwahukana. Zimwe muri izo harimwo ukudashira inambu y’amabanga yabubatse bigirwa n’umugore canke umugabo. Umugabo wo mu gihugu c’Ubuhindi yahavuye yisabira kwahukana kubera umugore wiwe yaguma ashaka ko bagira ayo amabanga.
Uwo mugabo wo mu gihugu c’Ubuhindi yagize ubugeni muri Ndamukiza umwaka w’i 2012. Kuva ico gihe yamenye mu nyuma ko umugore wiwe atigera ashirwa iyo bagize amabanga y’abubatse (...)

Ingorane ziba hagati yabubakanye ziratandukanye, hari izihanganirwa n’izindi zinanirana, zikavyara kwahukana. Zimwe muri izo harimwo ukudashira inambu y’amabanga yabubatse bigirwa n’umugore canke umugabo. Umugabo wo mu gihugu c’Ubuhindi yahavuye yisabira kwahukana kubera umugore wiwe yaguma ashaka ko bagira ayo amabanga.


Uwo mugabo wo mu gihugu c’Ubuhindi yagize ubugeni muri Ndamukiza umwaka w’i 2012. Kuva ico gihe yamenye mu nyuma ko umugore wiwe atigera ashirwa iyo bagize amabanga y’abubatse "l’insatiable appétit sexuel". Uwo mugabo yarasigaye abona umugore wiwe nk’igikoko. Uwo mugore amaze kubona umugabo atabishobora, yaciye arondera imiti yomwongereraza inguvu kugira bikunde amushikire ku nyota.

Niko uwo mugabo yateba akitura ubungane bw’i Bombay mu burengero bw’Ubuhindi. Mu birego vyiwe yavuga ko umugore wiwe yamuriye umutima kubera atigera anyurwa n’amabanga y’abubatse, yaranavuze kandi ko yagiye no mu bitaro kubera ico gikorwa kitamworoheye. Sentare imaze kumwumviriza, umucamanza yaciye amusabira kwahukana.

Umucamanza yagize ati:"Umugabo aramutse yitabariza n’uko abonako kwihangana vyanse, yarengewe. Asigaye abona umugore wiwe nk’igikoko kije kumurya".

Ivyo vyashikiye uwo mugabo hari n’abandi bishikira hirya no hino ariko bakabigira ibanga uwo rimena ryomumena umutwe, ariko vyongeye ni ihwa ritoroshe guhonyorako.

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

Paji: 1 | 2  

1
sibobugingo j berchimans 2017-03-09 11:36:27

ingwara ninyishi nkuko habaho uwutigera abishaka nagato nuwo nguwo abishaka kurugero rwo hejuru ategerezw kubonek!

2
Rukundo Sadiki 2016-11-24 10:35:45

None Nabagore Birabageraho ? Bwabubiragoye UwobishoborayNone Nabagore Birabageraho ? Bwabubiragoye Uwobishoborayobireka.

3
Mukongomani Emmnuel 2016-10-04 11:52:31

Ntibari Basheze Hamwe Bari Kubivugana Hanyuma Umugore Akihangana Nigihe yarinkumi Yarihangana Atihangana Naho Yahora Asambana

4
Mukongomani Emmnuel 2016-10-04 11:50:25

Ntibari Basheze Hamwe Bari Kubivugana Hanyuma Umugore Akihangana Nigihe yarinkumi Yarihangana Atihangana Naho Yahora Asambana

5
Anicet 2016-05-19 14:44:25

Ndumva Vyaribitoroshe

6
Anicet 2016-05-19 14:43:21

Ndumva Vyaribitoroshe

7
IRANKUNDA Triphon 2016-04-26 21:15:53

Jewe Mba Ikarusi,nkabanagomba, Ndababaze Akabazo , Gatoyi. Mbebishitse Ukazana Umugore,afise Igitsina Gitoyi Canke Atanyaza,amazi Akwiye Wewe Urumugabo Wovyifatamwo Gute?

8
JAJA 2014-09-03 15:51:08

ahubwo usanga aruwo mugabo atarazi akazi!!?canke yabigira nibigirankana ushobora gusanga uwo mugabo yarafise uwo mugambi wo kwahukana nuwo mug ore agaca arondera urwo rwitwazo.kuko ntivyumvikana ukuntu umugabo ariwe yari gusaba ngo bahukane kandi nuwo mugore atashikigwa kunyota atari bwavuge ko yananiwe.iyaba hoho nyamugore yaca aja kurondera abandi bagabo hama ugwitwazo rukaba ugwuko acaza kurengibigo ahoho vyumvika

9
Nshimirimana 2014-09-03 02:07:11

Uwo mugabo ashobora kuba atazi nez àgutegura umugore wiwe imbere yo gutangura igikorwa nyezina.gutegirana Navy ningombwa kandi biratuma umwe n’uwundi habamwo gushikirana umwe wese aho agomba.ntimukabe nkibiturwa câble ibikoko bitagira ubwenge.

10
jewe 2014-09-02 14:06:35

Uyo mugore arafise akagwara ahubwo nukumuvuza canke bamuzanire cheval niyo yomuhamya

Paji: 1 | 2  

Kumenyekanisha