Uko ushobora kubona ko umukobwa mugiye kwubakana ari imaraya canke ataco yokumarira

22 5-09-2014 - saa 16:44, IGIHE

Iyo umuhungu ari ariko arondera umukobwa bashobora kwubakana aradidanigwa n’uwo wotora maze akamubera umupfasoni, kenshi abahungu bagira ubwoba ko bosanga bariko baresha abamaraya, none umukobwa wo gutinya womwerekwa n’iki?
1) Umukobwa anywa inzoga aragora kwizera kuko ntashobora kuzisangira n’uwo bakundanye gusa. Amaze kuborerwa aroroha gusambanya. Ikindi n’uko amaze kunywa inzoga ataba akiravye abo bazisangira canke uwumusororeye, yitaba uwumuhamagaye wese, kandi azinywera aho hose (...)

Iyo umuhungu ari ariko arondera umukobwa bashobora kwubakana aradidanigwa n’uwo wotora maze akamubera umupfasoni, kenshi abahungu bagira ubwoba ko bosanga bariko baresha abamaraya, none umukobwa wo gutinya womwerekwa n’iki?

1) Umukobwa anywa inzoga aragora kwizera kuko ntashobora kuzisangira n’uwo bakundanye gusa. Amaze kuborerwa aroroha gusambanya. Ikindi n’uko amaze kunywa inzoga ataba akiravye abo bazisangira canke uwumusororeye, yitaba uwumuhamagaye wese, kandi azinywera aho hose bazimuhereye. Uwo ateye amakenga.

2) Umukobwa yikekwako ubumaraya y’ama arwaye zimwe mu ndwara zica mu bihimba vy’irondoka. Izo nazo kenshi ziterwa no guhuza igitsina n’abagabo batandukanye. Izo ndwara zishobora no kwandukira umuhungu bitwa ko bakundanye.

3) Umukobwa atavugisha ukuri ateye amakenga. Umuhungu bakundanye amubajije k’iyo yamye akama ashaka kubimuhisha canke akamwereka ko bidakenewe ko ahamenya. Ahandi akamubwira ko yari kumwe n’abagenzi biwe. Mura bo adashaka kuvuga harimwo abo abikira ibanga ry’ivyo bakorana( amabanga mpuzabitsina)

4) Umukobwa aguma yitaba ama telefone menshi canke akandika ubutumwa "sms" bwinshi n’abantu batandukanye kandi ata bintu akora bituma aguma kuri telefone canke yama abwira uwo bakundanye ko afise iyo agiye n’abagenzi wiwe.

5) Umukobwa w’umumaraya ushobora kumwerekwa n’ukuntu akunda amaronko, uwo akwirikira uwo abonanye ibintu, ntawe bamarana kabiri kuko murazi ko inambu y’amaronko itigera ihera. Uwo bakundanye wese bagenda bagize imibonano mpuzabitsina.

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

Paji: 1 | 2 | 3  

21
Tohoza 2014-09-06 12:15:33

Ibintu biranga umumaraya ni ibiki? Ko mutavuga umuhungu w’imaraya nawe? Shame on you

22
Uwizeye 2014-09-05 20:36:01

umukobwa wumumaraya,kugira umumenye wamaze kumusaba ko mwokwubakana,bisaba gusenga caaaneee.nubwo atoba anywa inzoga,iyo mpwemu mbi imurimwo,arabikora.agerageza kukwereka ko havuye Mariya nyina wa Yesu,kwariwe acakurikira.abafise uburyarya bwo kugwego rwo hejuru.Nkuko biri murino nkuru yitaba phone nkabakora mwiperereza.sms zose zinjiye arazifuta.agerageza kwirinda umugenzi w’umuhungu yamureheje.jewe namutoye naramaze kumukwa. Hasigaye amezi abiri ngo mariage ibe.abahungu nivyiza kwiga umukobwa muzobana mutarinjira murukundo.niwihenda ukibaza ko uzomwiga mumaze kuba murukundo,kubitoro nubuntu uzoba ugiriwe.

Paji: 1 | 2 | 3  

Kumenyekanisha