Uko ushobora kubona ko umukobwa mugiye kwubakana ari imaraya canke ataco yokumarira

22 5-09-2014 - saa 16:44, IGIHE

Iyo umuhungu ari ariko arondera umukobwa bashobora kwubakana aradidanigwa n’uwo wotora maze akamubera umupfasoni, kenshi abahungu bagira ubwoba ko bosanga bariko baresha abamaraya, none umukobwa wo gutinya womwerekwa n’iki?
1) Umukobwa anywa inzoga aragora kwizera kuko ntashobora kuzisangira n’uwo bakundanye gusa. Amaze kuborerwa aroroha gusambanya. Ikindi n’uko amaze kunywa inzoga ataba akiravye abo bazisangira canke uwumusororeye, yitaba uwumuhamagaye wese, kandi azinywera aho hose (...)

Iyo umuhungu ari ariko arondera umukobwa bashobora kwubakana aradidanigwa n’uwo wotora maze akamubera umupfasoni, kenshi abahungu bagira ubwoba ko bosanga bariko baresha abamaraya, none umukobwa wo gutinya womwerekwa n’iki?

1) Umukobwa anywa inzoga aragora kwizera kuko ntashobora kuzisangira n’uwo bakundanye gusa. Amaze kuborerwa aroroha gusambanya. Ikindi n’uko amaze kunywa inzoga ataba akiravye abo bazisangira canke uwumusororeye, yitaba uwumuhamagaye wese, kandi azinywera aho hose bazimuhereye. Uwo ateye amakenga.

2) Umukobwa yikekwako ubumaraya y’ama arwaye zimwe mu ndwara zica mu bihimba vy’irondoka. Izo nazo kenshi ziterwa no guhuza igitsina n’abagabo batandukanye. Izo ndwara zishobora no kwandukira umuhungu bitwa ko bakundanye.

3) Umukobwa atavugisha ukuri ateye amakenga. Umuhungu bakundanye amubajije k’iyo yamye akama ashaka kubimuhisha canke akamwereka ko bidakenewe ko ahamenya. Ahandi akamubwira ko yari kumwe n’abagenzi biwe. Mura bo adashaka kuvuga harimwo abo abikira ibanga ry’ivyo bakorana( amabanga mpuzabitsina)

4) Umukobwa aguma yitaba ama telefone menshi canke akandika ubutumwa "sms" bwinshi n’abantu batandukanye kandi ata bintu akora bituma aguma kuri telefone canke yama abwira uwo bakundanye ko afise iyo agiye n’abagenzi wiwe.

5) Umukobwa w’umumaraya ushobora kumwerekwa n’ukuntu akunda amaronko, uwo akwirikira uwo abonanye ibintu, ntawe bamarana kabiri kuko murazi ko inambu y’amaronko itigera ihera. Uwo bakundanye wese bagenda bagize imibonano mpuzabitsina.

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

Paji: 1 | 2 | 3  

11
Jay peace 2016-06-26 08:35:12

Non Uziguteko Yaguhenze Kand Yakubwiko Agukunda? Uzomusab Ko Muryamana Niyavyanka Ntazobagukunda.Kand Uzokwigumy Ntakundi Abakobwanibeshi Uzorondera Uwundi .

12
Jay peace 2016-06-26 08:33:43

Non Uziguteko Yaguhenze Kand Yakubwiko Agukunda? Uzomusab Ko Muryamana Niyavyanka Ntazobagukunda.Kand Uzokwigumy Ntakundi Abakobwanibeshi Uzorondera Uwundi .

13
Nsabiyaremye Ejide 2016-05-16 21:51:47

None Jewe Ko Hari Umukobwa Yitwa Kabura Ndamusauye Ubugenzi Anyereka Ko Yabumpaye Kandi Ari Ukumpenda Wumva Vyogenda Gute

14
Kwizera Jules 2016-04-23 20:11:27

Noneko Abakobwa Beshi Urirakubavugishabakagusaba amah Ra none Umukobwawukuri Umwerekwaniki?

15
Kwizera Jiresi 2016-02-06 13:19:28

Nonekugira Umenyeko Umukobwakundawovyerekwaniki?Akaroreroninkakahe?

16
SIBOMANA 2016-01-23 07:33:10

NONUMUKOBWA WIMARAYA IYOWURYAMANYE WOBIMENYA?MPA INYISHU.

17
NDUWIMANA ELYSE 2015-10-15 08:05:25

umukobwa umubwiye ko umukunda ubona ko yavyemeye gute

18
MANINBONAJeanine 2015-05-02 13:35:46

MURAKOMEYEMUGENZI

19
Thievery 2014-09-08 22:53:47

Umuhungu arashobora kuba malaya ariko bavuze ukuntu umuhungu yocagura umukobwa bazobana atari imalaya .»»» I respond to Tohoza

20
pepe 2014-09-07 19:48:33

ivyo nanj ndabishigikiy!

Paji: 1 | 2 | 3  

Kumenyekanisha