Uko ushobora kubona ko umukobwa mugiye kwubakana ari imaraya canke ataco yokumarira

22 5-09-2014 - saa 16:44, IGIHE

Iyo umuhungu ari ariko arondera umukobwa bashobora kwubakana aradidanigwa n’uwo wotora maze akamubera umupfasoni, kenshi abahungu bagira ubwoba ko bosanga bariko baresha abamaraya, none umukobwa wo gutinya womwerekwa n’iki?
1) Umukobwa anywa inzoga aragora kwizera kuko ntashobora kuzisangira n’uwo bakundanye gusa. Amaze kuborerwa aroroha gusambanya. Ikindi n’uko amaze kunywa inzoga ataba akiravye abo bazisangira canke uwumusororeye, yitaba uwumuhamagaye wese, kandi azinywera aho hose (...)

Iyo umuhungu ari ariko arondera umukobwa bashobora kwubakana aradidanigwa n’uwo wotora maze akamubera umupfasoni, kenshi abahungu bagira ubwoba ko bosanga bariko baresha abamaraya, none umukobwa wo gutinya womwerekwa n’iki?

1) Umukobwa anywa inzoga aragora kwizera kuko ntashobora kuzisangira n’uwo bakundanye gusa. Amaze kuborerwa aroroha gusambanya. Ikindi n’uko amaze kunywa inzoga ataba akiravye abo bazisangira canke uwumusororeye, yitaba uwumuhamagaye wese, kandi azinywera aho hose bazimuhereye. Uwo ateye amakenga.

2) Umukobwa yikekwako ubumaraya y’ama arwaye zimwe mu ndwara zica mu bihimba vy’irondoka. Izo nazo kenshi ziterwa no guhuza igitsina n’abagabo batandukanye. Izo ndwara zishobora no kwandukira umuhungu bitwa ko bakundanye.

3) Umukobwa atavugisha ukuri ateye amakenga. Umuhungu bakundanye amubajije k’iyo yamye akama ashaka kubimuhisha canke akamwereka ko bidakenewe ko ahamenya. Ahandi akamubwira ko yari kumwe n’abagenzi biwe. Mura bo adashaka kuvuga harimwo abo abikira ibanga ry’ivyo bakorana( amabanga mpuzabitsina)

4) Umukobwa aguma yitaba ama telefone menshi canke akandika ubutumwa "sms" bwinshi n’abantu batandukanye kandi ata bintu akora bituma aguma kuri telefone canke yama abwira uwo bakundanye ko afise iyo agiye n’abagenzi wiwe.

5) Umukobwa w’umumaraya ushobora kumwerekwa n’ukuntu akunda amaronko, uwo akwirikira uwo abonanye ibintu, ntawe bamarana kabiri kuko murazi ko inambu y’amaronko itigera ihera. Uwo bakundanye wese bagenda bagize imibonano mpuzabitsina.

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

Paji: 1 | 2 | 3  

1
innocent ntakarutimana muco 2017-08-07 17:07:58

eg cane muvyo muvuze birabigaragaza,nne ko hari abab bakor uw mwuga mub ugayitse bakihish inyma y’ijambo ry’Imana mu kwiyita "abakizwa" bkama bitwaza ngo bagiye mubikorane arko bitavye amasango(rendez-vs)y’aba types twobamenyeshwa n’iki?

2
ntirandekura albinho 2017-07-18 19:20:20

inkuru ninziza.ndabasa mufashe,njyewe harumukobwa nasanze aho nagiye kuba,akimbona gusa iryambe yahise ambira kwankunda,gusa aronderwa nabenshi cane ntanumwe atamwiphuza,je ndamukunda kandi cane ariko yama kur phone ,fc,watsap ,mumpe inzira nocamwo kugira ndebe kwankunda ryanyabyo,yama arabishira hejuru gusa jyew sindi kubibona neza ,mufanshe

3
ndayikeje yves 2017-04-28 20:50:17

Oe?Umukobwa W,umutima Atari Igihumbu Womwerekwa N,iki?

4
Augustin Ndayisenga 2017-04-22 21:52:01

Nanje Nkunze Umukobwa Nokora Ik Kugira Anyemere?

5
ndayishimiye j claude 2017-04-16 21:01:16

jewe nfise umukobwa dukundanye aranywa inzoga ariko iyo ndamubwiye ko ndamukeneye ko twoyaga ivyurukundo abanza kwanka none uwo nawe yoba asa nuwunkunda?inyishu ni kuri 68099476

6
Nitwa; Ndayikeza Philimin 2017-04-13 14:43:58

Non Nkatwebwe Abajene Rerotworeka Gukunda Keshikeshi Abakobwabanywinzoga?

7
meli.. 2017-04-12 21:12:05

nivyo pe

8
Mutunzi 2017-04-06 07:09:13

Murakoze Cane Kurizo Nyigisho.None Kugira Umenye Ko Umukobwa Agukundo Neza.Ubimenyeshwa Niki

9
Lambert 2017-02-13 11:44:16

Nukuri Kutagabanije

10
Jay Peace 2016-06-26 09:09:13

Jew Nabwiy Umukobwakondamukunda Ambwirango Afituwund Ariko Ngo Nihangane Tuzokundana Baheba Ngo Kuko Nawe Yankunda Ariko Natoye Phone Yiwe Mbona Sms Ivugako Azomwenda Gus Ariko Atazomutwara Jew Birambabazakuko Jew Nashakakumutwara Non Mwompanuriki ? Inyishu

Paji: 1 | 2 | 3  

Kumenyekanisha