Kinyinya : Abanyagihugu bijukiye gukingira ibidukikije

2 8-01-2015 - saa 11:38, IGIHE

Ubukene bw’inkwi bwari bumaze iminsi bwugarije abanyagihuguba Mayanza muri komine ya Kinyinya intara ya Ruyigi, bwahagurukiwe n’abanyagihugu b’iyo komine.
Abanyagihugu rero bo kuri uwo musozi wa Mayanza, bakaba baciye bafata umugambi wo kuja mw’ishirahamwe ryo kurwiza ibiti ku misozi, iryo shirahamwe ryabo rikaba ubu rifashwe mu mugongo n’ikigega c’Ububirigi kijejwe umutekano w’ibifungurwa. Nk’uko abari muri iryo shirahamwe ku musozi wa Mayanza babivuga, amatuta y’ibiti bigera ku 39700 aramaze (...)

Ubukene bw’inkwi bwari bumaze iminsi bwugarije abanyagihuguba Mayanza muri komine ya Kinyinya intara ya Ruyigi, bwahagurukiwe n’abanyagihugu b’iyo komine.

Abanyagihugu rero bo kuri uwo musozi wa Mayanza, bakaba baciye bafata umugambi wo kuja mw’ishirahamwe ryo kurwiza ibiti ku misozi, iryo shirahamwe ryabo rikaba ubu rifashwe mu mugongo n’ikigega c’Ububirigi kijejwe umutekano w’ibifungurwa. Nk’uko abari muri iryo shirahamwe ku musozi wa Mayanza babivuga, amatuta y’ibiti bigera ku 39700 aramaze gutegurwa.

Félicité Ndagijimana na Jacqueline Muhitira bari muri iryo shirahamwe barashimishwa n’umugambi wo kurwiza ibiti, bakizera ko ubukene bw’inkwi bwari bubarembeje bagiye kuzobusezerera muri kazoza. Basaba ko n’abandi bo kuyindi mitumba batokwishinga gusa kuyambura, ahubwo bakamenyera no kuyambika ibiti, haba mu gukingira ibidukikije co kimwe no mw’iterambere ryabo.

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

1
riyayimana josepf 2018-10-10 21:11:58

dukwiyekwirindanumurir wanyakanga kuka arimubihonya ibidukiki je ,mumubonye uwoturiy mukabwira babijejw

2
Niyonziza Ezechiel 2018-01-11 20:59:32

Andika hano: Idukije dutegezwa kubingira atankomanzi,nacanecan ababijejwe.

Kumenyekanisha