Umukuru w’igihugu yagiranye Inama n’Imvukira zo mu Kirundo

13 14-03-2016 - saa 10:13, Jean De Dieu

Umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza yagiranye Inama n’Imvukira zo mu Kirundo kwi genekerezo ry’indwi Ntwarante

Umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza yagiranye Inama n’Imvukira zo mu Kirundo kwi genekerezo ry’indwi Ntwarante

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

Paji: 1 | 2  

1
Gateka 2017-01-25 00:18:12

iyi ntozo yiyita #Tari nihunguke ize muburundi, igaruke gutera ama Grenade!!

Arik abadahwa nkuko mbona nibigumye nayubundi bazosaba, kuk Dd izotwara mpaka kuk abarundi tuyemere 100â„…,.,,, ,

batware Peter barira

2
nkotanyi 2016-03-16 10:11:29

Yewe iki gihugu kirayobowe pee ubuse uyu mu president ibi ni ibiki yambaye ????? ariko ubanza uyu mugabo anafite ikibazo ???? abandi na president baratambuka kuri tapis rouge mu mahanga bakirwa nk’ intwari none we arayicaho mu kirundo koko??? ubanza aba yiyibutsa kuyicaho ko ntaho aheruka kujya se ?? iyi myambarire rwose ntabwo ikwiriye umukuru w’ igihugu , hanyuma undebere naho hantu umukuru w’ igihugu akorera inama ukuntu handuye koko mbega intebe ?????????? mbega decolation???? nukuri uburundi muri inyuma cyane . rfr y’ imyambarire y’ umukuru w’ igihugu kuri www.igihe.com , umunsi wanyuma w’ umwiherero w’abayobozi b’ igihugu . hanyuma muhabonere isomo ry’ igihugu kimaze gutera imbere.

3
Severin 2016-03-15 18:48:12

Zamugira Indero Mureka Kuvuga Nabi Mwebw Muri Kurushi Tuzobavugutira Twongere Tubasengere Ngira Nivyo Mubona Twama Twabafatanye Izonkoha Mwibisha,

4
Iribuka 2016-03-14 19:43:18

EWE NTAGOHEKA WOSARA WOKWAMBARA IMITANGA, INYAMA YAMBERE INKOROKORO YIKUNDIRA N’INKONA ,IVYO NAHO WOKWINAGANIKA MUKAGOZI NTACO UZOBIHINDURAKO

5
Kamenge 2016-03-14 16:03:13

hahahhahaah @intagoheka mutembera muvahe mujahe ko ntaho muri ! mumeze nk’inzu yubatse mumucacanga kuri plage. umunsi haje amazi menshi nawe uravyumva. et d’ailleur in your next comment remember to write your exact name; witwa "NTAHOTURI INTAGOHEKA" May Gob protect Burundi and our familly against NKURUNZIZA,ABA DD and NTAHOTURI INTAGOHEKA

6
intagoheka 2016-03-14 14:45:54

mbe iribuka kamenge mwebwe mukunda kuvuga ayamuhe nama nababariye imisega iramoka iriko twama twatembereye kuko turiyemera kanatsinda inkona ntiyaruzwa

7
intagoheka 2016-03-14 14:43:23

mbe iribuka kamenge mwebwe mukunda kuvuga ayamuhe nama nababariye imisega iramoka iriko twama twatembereye kuko turiyemera kanatsinda inkona ntiyaruzwa

8
Kamenge 2016-03-14 13:37:13

hahahahahaaa! Nkurunziza est toujour sale kabisa! umenga ni umuyobozi wu mutumba ndaQ! T-shirt rouge noir avec costume cakki Timberland heheheheeee.. imana ireberera uburundi yumve amasengesho yacu kweli!

9
Paul Ruva 2016-03-14 13:30:19

Ewe Mr. Intagiheka shaaaaa ! barahevye . Uti "LES CHIEN BOI ME LES CARNAVAL AVANCE " Hahahahaha , urumuhinga kweli !

10
JULES 2016-03-14 13:05:21

ariko uyu mu president ngo ni nkurunziza ari muba president bambara nabi muri iyi isi yarurema

Paji: 1 | 2  

Kumenyekanisha