Paul Gitwaza: "Sinje gutwara abakristu bo mu Burundi"

28 18-04-2013 - saa 11:10, IGIHE

Inyuma y’igikorane cikanguro cabaye muri Zion Temple Bujumbura , camaze iminsi indwi giteguwe na Apotre Gitwaza, hakaba haje abantu benshi kandi barahezagirwa , inkuru ikomeye ivuga ko Apotre gitwaza agiye kwimukira ino mu BURUNDI, umutima wa Afrika.
Abamenyeshamakuru bamubajij igituma aje, nawe avuga ko afise ubutumwa bwiza afitiye Uburundi agomba gushikiriza. Yavuze ko Imana yibutse Uburundi hama ati abarundi barakomeye uravye kwisi abamaze gukora ibintu bitandukanye haba (...)

Inyuma y’igikorane cikanguro cabaye muri Zion Temple Bujumbura , camaze iminsi indwi giteguwe na Apotre Gitwaza, hakaba haje abantu benshi kandi barahezagirwa , inkuru ikomeye ivuga ko Apotre gitwaza agiye kwimukira ino mu BURUNDI, umutima wa Afrika.

Abamenyeshamakuru bamubajij igituma aje, nawe avuga ko afise ubutumwa bwiza afitiye Uburundi agomba gushikiriza. Yavuze ko Imana yibutse Uburundi hama ati abarundi barakomeye uravye kwisi abamaze gukora ibintu bitandukanye haba abaganga n’abandi nk’uwo yabonye muri Amerika ashobora gukora imoteri ya boeing. Yabandanije avuga ko ubutunzi bwinshi buri mu Burundi. Yaramenyesheje ko kw’isi hari ibihugu bibiri bifise indamukanyo imwe navyo ni Israyeli n’Uburundi. Aho baramukanya shalom abarundi nabo ngo amahoro ngo ivyo ni ibimenyetso ko Imana yibutse Uburundi mu kwerekana ubutunzi mu mico no mu bindi. Iyo abantu batanguye kurondera Imana ibereka ibinyegejwe nk’uko vyanditswe muri Bibiliya muri Yesaya 45,3

Mu kiganiro yatanze, yabwiye abarundi ngo baze bashire hamwe bakorere Imana hanyuma amashengero agire ubumwe, bareke kwibaza ko aje kubatwara abakirisu nk’uko bamwe bavyiyumvira ariko ko aje gufatanya nabo mu gikorwa co kuvuga ubutumwa.

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

Paji: 1 | 2 | 3  

1
Pini 2017-04-26 21:03:09

Uwt Twj

2
Shemezimana 2017-04-26 20:59:42

None Abiyumvirako Aje Kubatwara Abakristu Nabapasitori Canke?
Abantunkabo Tubatubanyotewe Nibiyizire Ariko Batazana Ubwendanyi

3
Niyubuntu Alexis 2017-02-24 16:21:04

Mbega Numuvugishwa? Canke Akoresha Amagetegete Mbega Araruhuka Isabato? Canke

4
2016-12-20 16:40:22

Nivyizacanekukoturashakotworokokakandituzohanyeravyishi Imana ibahezagire

5
Kevin Geroof 2016-07-12 20:50:41

Yesu aguhe umugisha

6
Niyonkuru Aaron 2016-05-26 15:23:03

Tumuhayikaz Iwacu Turmukund Twamatugomb Kwumva Ijwiryiw

7
NZEYIMANA J.CLAUDE 2015-11-07 20:19:08

NIYIYIZIRE IBIRENGE BIJE KUVUGA UBUTUMWA NTA WUVYUKANA

8
alphonse nkeshimana 2015-09-04 20:44:35

Ico nzico nuko yasizwe amavuta karibu Mutama imana ikomeze kuguhishuriraa. mabanga

9
alphonse nkeshimana 2015-09-04 20:39:54

Ico nzico nuko yasizwe amavuta karibu Mutama imana ikomeze kuguhishuriraa. mabanga

10
patrick hakizimana 2015-07-21 17:12:04

Nukuri vyoba vyiza aje kuko nanje sengera kuri zion temp?kaze kz papa wacu

Paji: 1 | 2 | 3  

Kumenyekanisha