Papa yaneguye ikimanga c’ubutunzi mu bantu

0 1er-01-2013 - saa 12:05, IGIHE

Papa Benedicto wa XVI yavuze ko ikimanga kiri hagati y’abakire n’abakene gituruka ahanini ku buryo bwo gutunganya ubutunzi kw’isi bwa Capitalism.
Ubu buryo butuma abantu ku giti cabo barekerwa uburenganzira bwo gutunganya ibijanye n’ubutunzi, kugena imishahara n’izindi mpembo, ibiguzi bigahinduka hakurikijwe uko ibigurishwa bironderwa na benshi canke bake.
Mw’ijambo ryiwe ryo guhimbaza umwaka mushasha, Papa yavuze ko hakenewe kugira igikorwa kugira ikimanga kiri hagati y’abakene n’abakire (...)

Papa Benedicto wa XVI yavuze ko ikimanga kiri hagati y’abakire n’abakene gituruka ahanini ku buryo bwo gutunganya ubutunzi kw’isi bwa Capitalism.

Ubu buryo butuma abantu ku giti cabo barekerwa uburenganzira bwo gutunganya ibijanye n’ubutunzi, kugena imishahara n’izindi mpembo, ibiguzi bigahinduka hakurikijwe uko ibigurishwa bironderwa na benshi canke bake.

Mw’ijambo ryiwe ryo guhimbaza umwaka mushasha, Papa yavuze ko hakenewe kugira igikorwa kugira ikimanga kiri hagati y’abakene n’abakire kigabanuke.

Eka n’impungenge z’iterabwoba, naco Papa yavuze kw’ari ikibazo gikwiye kwitwararikwa.

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

Nta ciyumviro kirajako. Ba uwa mbere!  

Kumenyekanisha