Papa François yasavye guhana bimwe bihanitse ugufatwa kunguvu bikorwa nabari mumuryango wa ekereziya mukwakire uwujejwe umuryango wabizera kandi ajejwe ivyo bikorwa ku ruyu wagatanu.
Papa yasavye uwomuryango gukurikira inzira Benoit XVI yatanguje muguhana bimwe bishemeye ayomabi.Niryoryambere papa yari agize ico avuga kwayo mabi inyuma yigihe kirekire bikorerewa abana bagera kugihumbi.
Muntumbero yogushigikira mugenziwe ,papa yamenyesheje ko azokurikirana abagirwa ivyo vyaha kandi ko (...)
Papa François yasavye guhana bimwe bihanitse ugufatwa kunguvu bikorwa nabari mumuryango wa ekereziya mukwakire uwujejwe umuryango wabizera kandi ajejwe ivyo bikorwa ku ruyu wagatanu.
Papa yasavye uwomuryango gukurikira inzira Benoit XVI yatanguje muguhana bimwe bishemeye ayomabi.Niryoryambere papa yari agize ico avuga kwayo mabi inyuma yigihe kirekire bikorerewa abana bagera kugihumbi.
Muntumbero yogushigikira mugenziwe ,papa yamenyesheje ko azokurikirana abagirwa ivyo vyaha kandi ko mubisabisho vyiwe abakorewe ayo mabi abasengera muburyo bwiharije
Nta ciyumviro kirajako. Ba uwa mbere!