Oymyakon,Igisagara ca mbere gikanye kw’isi yose

1 21-02-2013 - saa 03:33, IGIHE

Oymyakon,igisagara kibamwo abantu ,gikanye cane gose.Ico gisagara co mubu Russiya kirimwo nk’abantu bagera ku majana umunani, kiri muri Siberia y’iburasirazuba,mi gace, aho ugipimo c’ubushuhe caho cama kiri munsi ya 40 (-40 degres) guhera mu kwezi kwa Munyonyo gushika mu kwezi kwa Ntwarante.
Hagati mu rushana(hiver),igipimo kiramanuka cane kurusha aho,nkuko umunyagihugu wo muri ico gisagara ca Oymyakon abisigura:”Igihe nagenda kw’ishure,ku mwaka ku mwaka twari dufise ibipimo vy’ubushuhe (...)

Oymyakon,igisagara kibamwo abantu ,gikanye cane gose.Ico gisagara co mubu Russiya kirimwo nk’abantu bagera ku majana umunani, kiri muri Siberia y’iburasirazuba,mi gace, aho ugipimo c’ubushuhe caho cama kiri munsi ya 40 (-40 degres) guhera mu kwezi kwa Munyonyo gushika mu kwezi kwa Ntwarante.

Hagati mu rushana(hiver),igipimo kiramanuka cane kurusha aho,nkuko umunyagihugu wo muri ico gisagara ca Oymyakon abisigura:”Igihe nagenda kw’ishure,ku mwaka ku mwaka twari dufise ibipimo vy’ubushuhe bigera munsi ya 60 (-60).N’imyaka yose biri uko,biranashobora kugera no ku minsi 10.”

JPEG - 6.2 ko

Mu 1926 hari herekanywe ko ibipimo vyari munsi ya mirongo irindwi.Kubw’ivyo bipimo biri muri ico gisagara,bituma haza ingezi nyinshi kuhagendera,kugira barabe ivyo batari bamenyereye kubamwo kuri iyo si bita nka “nshasha”.Le poney Yakoute,niko gace gakwega ingenzi nyinshi.

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

1
nik 2013-02-21 05:01:53

hewe ndabon bitoroshe pee
iyo ni inzu

Kumenyekanisha