Mutabazi : Kuba Reta ititavye Inama y’ubumwe bw’Afrika ni umukino wa Politique ( Video )

13 20-07-2016 - saa 07:17, Jean De Dieu

Kuba Reta ititavye Inama y’ubumwe bwa Afrika ni umukino wa Poritique, nk’uko bishikirizwa na Jean de Dieu MUTABAZI, umukuru wa RADEBU
Source: Tele renaissance

Kuba Reta ititavye Inama y’ubumwe bwa Afrika ni umukino wa Poritique, nk’uko bishikirizwa na Jean de Dieu MUTABAZI, umukuru wa RADEBU

Source: Tele renaissance

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

65124 10 19-04-2017
Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

Paji: 1 | 2  

1
2017-06-08 11:35:33
2
JOSEPH JULIUS 2016-10-30 20:33:02

NIBARYE GUSA BARYA UMUHERO

3
JOSEPH JULIUS 2016-10-30 20:30:32

NIBARYE GUSA BARYA UMUHERO

4
KING 2016-08-06 13:19:05

Ntaco tubiziko kuko ntawovuga ngo numukino kuko umuntu arafatirwa mugani jewendaciwendagiye abakera barayamaze ngo umwasi agucira icobo imana ikagucira icanzo ntacuzaba

5
KING 2016-08-06 13:18:28

Ntaco tubiziko kuko ntawovuga ngo numukino kuko umuntu arafatirwa mugani jewendaciwendagiye abakera barayamaze ngo umwasi agucira icobo imana ikagucira icanzo ntacuzaba

6
Nararumbije 2016-07-22 16:27:48

Barayamaze bati uwutazi ubwenge ashima ubwiwe, uburundi nibwo buzi politique kurusha ibihugu vyose vya Africa vyayitavye !!!??? abantu barabura ubwenge ngo ni imikino ya politique.

7
Bigirimana 2016-07-21 10:06:14

Imbonerakunya Zose Zizopfa Nkifuyimijira Kandi Farao Nawe Imuti Uriko Urabira

8
Samson Bigirimana 2016-07-21 10:02:03

baratinya uhubwo bazopfankifuyimijira nkukobavyivugiye farao,nimbonerakurebose bazopfa

9
tari 2016-07-21 07:31:43

Mbe namwe murafise imikino ya politike mugikina mwabatamutwe mwe ivyo mukora nivyo kwiyahura nta maporitike mugifise naho mutabazi niyikombere isiniya ntakandi kazi

10
Morodikayi Jon 2016-07-21 07:04:13

Ni bara kumutemere muremera nukuvuga mukavuga ! murashirukanya nukuri murivyovyose uvuze bitwunguriki ? nimuze murarya inyama zabantu gusa mwirirwa muragandagura gusa, ntakindi muzi.

Paji: 1 | 2  

Kumenyekanisha