
Musenyeri Simoni Ntamwana wa diyoseze ya Gitega, mu nsiguro yahaye urwaruka n’abavyeyi bo kuri Paruwasi Murayi yo mu Giheta intara ya Gitega, yamenyesheje ko ata mukuru w’igihugu arekuriwe kurenza ibiringo bibiri atwara Uburundi.
Musenyeri Ntamwana Simoni yabaye umwepisikopi wa mbere yerekanye aho ahagaze ku kiringo ca gatatu c’umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza, akaba yasiguye ko ibwirizwa shingiro ry’Uburundi ritanga uburenganzira bw’ibiringo bibiri gusa mu burongozi bw’Uburundi. Musenyeri (...)
Musenyeri Simoni Ntamwana wa diyoseze ya Gitega, mu nsiguro yahaye urwaruka n’abavyeyi bo kuri Paruwasi Murayi yo mu Giheta intara ya Gitega, yamenyesheje ko ata mukuru w’igihugu arekuriwe kurenza ibiringo bibiri atwara Uburundi.
Musenyeri Ntamwana Simoni yabaye umwepisikopi wa mbere yerekanye aho ahagaze ku kiringo ca gatatu c’umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza, akaba yasiguye ko ibwirizwa shingiro ry’Uburundi ritanga uburenganzira bw’ibiringo bibiri gusa mu burongozi bw’Uburundi. Musenyeri Simoni Ntamwana yasiguye ko Umukuru w’igihugu asozereye ikiringo c’imyaka itanu, ashobora kwongerwa ikindi kiringo c’imyaka itanu nyene, abanyagihugu babanje kuraba ingene yaranguye ibikorwa yari yimeje mu kiringo ca mbere. Ariko kubw’amategeko, agarutse ku kindi kiringo ca gatatu, naho yoba yakoze neza gute, ntoshobora gusubira kwitoza kuko amategeko atabirekura.
Umviriza insiguro za Musenyeri Simoni Ntamwana
Paji: 1 | 2 | 3
Mutama wacu nyenicubahiro Mwungere wacu, turagukunda kandi turagushigikiye. Ukomere kuyobora ubusho Imana yagushize. Turinyuma yawe. Ukomere kandi udukomeze twebwe abavukanyi bawe
imana nigarukire uburundi turarushe
twamwitoreye,tumwishimiye,nibamureke,nibamureke,akomeze,atware,hariho,nabamaze,imyaka,cmirongwiri,batwara,,nyakwubahwa,wacunibamuturekekere,iyotwabatutamushaka,ntitwari,kumutora,
birababaje kuba uwitwa umwungere hama ukaja muvyapolitike nawe wigisga amacakubiri mwishengero ivyImana bigumeko canke bivemwo uje muvya politike kuko urabishaka w wize gusoma imisa reka kuja muvyisi birafise abo vyega wenturimwo.
rafaheri ndagukebure kuko kuru rubuga biraboneka kurimushasha ariko kwidondora naho udyama sivyo mwikigihe, Nawe wiyise mahoro wavuze mugabo urazindwa mbega ntamwana simoni niwe wabonye muburundi wenye IMANA rurema yahaye ubwenge wenyene kugera naho umwishiramwo nku1mubwenge warazimiye genda wige urakenye ubumenyi pe ivyo ubona asumvya abirusha wewe wenye umvenkubarire kubaha UHORAHO niko kugira ubwenge kwizera Yesu Kristo nkumwami numukiza nibwobutunzi bwinsi bwubwenge, hold horse your down
Mutama irambire komera ncuti yanje .harumuntu yavuze ko atawarushije ntamwana kugwanira abahutu ivyo nukuri ntamuhutu yopfuye atwaye iyo ataba ntamwana et nyagoma kuko nabarindagwe kandi bijambo obo ba dd baribagiye,ivyo yabafAshije bakiri mwishamba
KOMERA KUMUHETO MUTAMA MWUNGERE WACU MUMUHANURE IGIHUGU KITARAGWA MUMANGA VYUMVISHE ABANDI BUNGERE NKAWE BAKUND IGIHUGU SUNKUMWANKA TWES TURAMUKUNDA ARIKO YISHIRE MUKIBANZA CABANYAGIHUGU BATO .YOO NUKRI TUGIYE GUHONA KURYAWAMUVUGIYE IMBERE YANYENUBWERAND PAPA IROMA AKAMUH AGASHIMWE TUVUGIRE NATWE AMUTUMEKO BICARANE AMUDUHANURIRE NAHANDIHO KUBWACU TURASHIZE NTAKABUZKOMERA KUMUHETO MUTAMA MWUNGERE WACU MUMUHANURE IGIHUGU KITARAGWA MUMANGA VYUMVISHE ABANDI BUNGERE NKAWE BAKUND IGIHUGU SUNKUMWANKA TWES TURAMUKUNDA ARIKO YISHIRE MUKIBANZA CABANYAGIHUGU BATO .YOO NUKRI TUGIYE GUHONA KURYAWAMUVUGIYE IMBERE YANYENUBWERAND PAPA IROMA AKAMUH AGASHIMWE TUVUGIRE NATWE AMUTUMEKO BICARANE AMUDUHANURIRE NAHANDIHO KUBWACU TURASHIZE NTAKABUZKOMERA KUMUHETO MUTAMA MWUNGERE WACU MUMUHANURE IGIHUGU KITARAGWA MUMANGA VYUMVISHE ABANDI BUNGERE NKAWE BAKUND IGIHUGU SUNKUMWANKA TWES TURAMUKUNDA ARIKO YISHIRE MUKIBANZA CABANYAGIHUGU BATO .YOO NUKRI TUGIYE GUHONA KURYAWAMUVUGIYE IMBERE YANYENUBWERAND PAPA IROMA AKAMUH AGASHIMWE TUVUGIRE NATWE AMUTUMEKO BICARANE AMUDUHANURIRE NAHANDIHO KUBWACU TURASHIZE NTAKABUZKOMERA KUMUHETO MUTAMA MWUNGERE WACU MUMUHANURE IGIHUGU KITARAGWA MUMANGA VYUMVISHE ABANDI BUNGERE NKAWE BAKUND IGIHUGU SUNKUMWANKA TWES TURAMUKUNDA ARIKO YISHIRE MUKIBANZA CABANYAGIHUGU BATO .YOO NUKRI TUGIYE GUHONA KURYAWAMUVUGIYE IMBERE YANYENUBWERAND PAPA IROMA AKAMUH AGASHIMWE TUVUGIRE NATWE AMUTUMEKO BICARANE AMUDUHANURIRE NAHANDIHO KUBWACU TURASHIZE NTAKABUZA.
IGIKURU SIMPARI ZOWOKWITOZA IGIKURU NUWOZA ATWARIRA ABARUNDI BOSE ATA KUBONKA AYO BADAFISE NKO MUGUTUMA OBR MUVYO BATARIBURONKE NIBATWARE BAGENDA VYABANANIYE .BARINZE BINJIRA MUVYAMA UNITE NTAKUNDI NABAKUNDA ARIKO BAYI BIBAGIRA LEO ARIYO ABANYAGIHUGU BATO NIBIKEBUKE.MBE IBIBA UBU MUKINDI KIRINGOHO VYOGENDA GUTE EMWE UWUZORAMBA AZOBONA REKA IGIHUGU TUGISHIRE MUBIGANZA VYIMANA?
GUTWARA BIRARYOSHE ARIKO BIGIRA UMWANYA.TWAME TWUBAHIRIZA AMATEKA N’AMATEGEKO Y’IGIHUGU.HAMA KUVA KERA ABAHANUZI NTIBARYA UMUNWA.MWUNGERE WACU TURAGUSHIGKIYE.
eglise catholique yamwe itabara IGIHUGI. BARARIVUZE KANDI BATABAYE VYISHI.
Paji: 1 | 2 | 3