Londres: Abarundi mu myiyerekano

13 25-05-2015 - saa 14:20, IGIHE

Abarundi baba mu gihugu c’Ubwongereza barifatanije n’abandi mu myiyerekano yo kwiyamiriza ko umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza asubira kwitoza.
Abo barundi baba mu Bwongereza bamaze kugira imyiyerekano incuro zitatu.Imyiyerekano ya mbere yatunganijwe ku magenekerezo ya 2 rusama,irya 15 rusama hamwe n’igenekerezo rya 23 rusama.
Ibinyamakuru vyo mu Bwongereza nkaTVC Nouvelles , BBC Focus on Africa,vyari vyishikiye gukurikirana uko iyo myiyerekano (...)

Abarundi baba mu gihugu c’Ubwongereza barifatanije n’abandi mu myiyerekano yo kwiyamiriza ko umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza asubira kwitoza.

Abo barundi baba mu Bwongereza bamaze kugira imyiyerekano incuro zitatu.Imyiyerekano ya mbere yatunganijwe ku magenekerezo ya 2 rusama,irya 15 rusama hamwe n’igenekerezo rya 23 rusama.

Ibinyamakuru vyo mu Bwongereza nkaTVC Nouvelles , BBC Focus on Africa,vyari vyishikiye gukurikirana uko iyo myiyerekano yabaye.

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

Paji: 1 | 2  

11
GERARD 2015-05-25 19:23:02

TURABASHIMIYE VYANVAMUTIMA ,BISHOBOTSE BASHIKE NOKUMWAMIKAZI WUMBWONGERAZA,

12
NDAYISHIMIYE Francois 2015-05-25 16:38:08

Nibakomeze badutere intege kuko Uburundi si ivy’imbeshere burageramiwe,

13
freelance 2015-05-25 15:34:54

ndashimiye bimwe bivuye ku mutima abo benewacu badasiba kudufasha ku rugamba rwo kwiyamirizwa nkurumbi gusubira kuyobora uburundi ubwa3.none ivyo atakoz mumyaka cumi azobikora mumyaka5 yivye abandi bafis ico bomara?narabe aveko ataraba nka mubrak muri misiri.mbdga twibaze twongere tumubaze yamasengesho yavuga yogusengera igihugu nayo?turamubonye ntakiduhenda komera barundi mwese mushaka ihinduka mugihugu

Paji: 1 | 2  

Kumenyekanisha