Léonce NGENDAKUMANA: Amahera barungikirwa n’amakungu baza basanga yaranyurujwe (Video)

15 19-08-2016 - saa 10:35, Jean De Dieu

Kubwa Léonce NGENDAKUMANA, kubona hari abasirikare b’intwazangabo bari bagiye gufasha kugarukana amahoro mu bihugu nka Somalia batagomba kugaruka mu gihugu cabo ngo n’uko bumva batotekanirwa kubw’ubwicanyi buguma bukorerwa bagenzi babo.Ikindi naco ngo n’uko amahera barungikirwa n’amakungu baza basanga yaranyurujwe hama ntibagire uburenganzira bwo kuyishuza kuko uwuyishuje aterwa ubwoba.
Source: Tele (...)

Source: Tele renaissacne

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

63315 10 19-04-2017
Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

Paji: 1 | 2  

11
Lili 2016-08-20 10:33:07

Leonce ariko araraba nk’imbeba yanyagiwe nimvura. Ni mujeri kweri

12
emma 2016-08-19 14:36:30

WOWE WIYITA KIBOKO MUYAFU UFUNGANYE MYMYWE WIWAWE NTAKINTU KIRIMO NONE WUMVA IVYO AVUGA ATARUKURI CANKE URI INTERAHAME YUMU DD

13
Kanyosha 2016-08-19 14:06:29

Leonce Ngendakumana, murafise ibibazo bikomeye gose, none muvyukuri ivyobintu uvuze ubona vyunguye iki uburundi nababubamwo? Ubwambere urabeshe uradambikanije, umva none nkubutuvyemeye kobaheraniwe amahera twocatuvuga kowewe utwarirahejuru ukavugankukwo uvuze vyiza? Erega urashobora kuvyara abana bane maze umwe akavamubandi akaba Ntakimazi! Ugasanga yama arikimenabanga akamayerekanye kwari Ntakimazi koko.
Ibaze nawe mubaribarungitswe kwiga 16 abashika 11 baratashe ahorero bafashe ubonawewe kwataco bamariye igihugu, kuriwewe ubona abakoze vyiza kwarabobane bamunzwe canke binjiwemwo namijeri? Urasekejekabisa mbere uzopfurushe ushobora kwama unezerezwa nuwowese arikwararementaniriza reta yigihugu cawe cabesha yavugukuri kuriwewe uwoniwencuti yawe.

14
jean 2016-08-19 12:18:42

mutama ivy uvuze n ukuri

15
Kiboko Munyafu 2016-08-19 11:54:53

Aka kagabo kitwa Leonce ni imbwa mujeri. Niko kabaye mubambere mukuvuga ko abahutu biburundi bategura genocide. Nibyiza kukagongesha igikamyo cg kugatwikira munzi

Paji: 1 | 2  

Kumenyekanisha