Léonce NGENDAKUMANA: Amahera barungikirwa n’amakungu baza basanga yaranyurujwe (Video)

15 19-08-2016 - saa 10:35, Jean De Dieu

Kubwa Léonce NGENDAKUMANA, kubona hari abasirikare b’intwazangabo bari bagiye gufasha kugarukana amahoro mu bihugu nka Somalia batagomba kugaruka mu gihugu cabo ngo n’uko bumva batotekanirwa kubw’ubwicanyi buguma bukorerwa bagenzi babo.Ikindi naco ngo n’uko amahera barungikirwa n’amakungu baza basanga yaranyurujwe hama ntibagire uburenganzira bwo kuyishuza kuko uwuyishuje aterwa ubwoba.
Source: Tele (...)

Kubwa Léonce NGENDAKUMANA, kubona hari abasirikare b’intwazangabo bari bagiye gufasha kugarukana amahoro mu bihugu nka Somalia batagomba kugaruka mu gihugu cabo ngo n’uko bumva batotekanirwa kubw’ubwicanyi buguma bukorerwa bagenzi babo.Ikindi naco ngo n’uko amahera barungikirwa n’amakungu baza basanga yaranyurujwe hama ntibagire uburenganzira bwo kuyishuza kuko uwuyishuje aterwa ubwoba.

Source: Tele renaissacne

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

65097 10 19-04-2017
Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

Paji: 1 | 2  

1
J.Berchmans~Mbihorere 2017-05-31 08:10:12

Burya barundi benewacu uburundi buzokubakwa nabenebwo kandiharikibuze kize urukundo mubantu vyose bikava kukudatahura imana ngo irutubibemwo rero ivyomwoharanira canke mworwa nira atagufatanamunda ninkogu syeramuruzu kandi abarundi bige gukora imigambi miremire izotungisha abuzukuru nabuzukuruzu ubwicany buza ahatagira urukundo

2
EMANUEL 2017-02-16 04:56:02

JEWENIBAZETWUNVIKANENAYOHANDINIYOBOHUNGANZARABAKANKAKUBIVUGATWEBWEABAPETEROTUGUMATUGWIRA

3
Toto Kazungu. 2016-11-29 09:27:04

Nkurunziza nabahungu biwe ni babiryimeri.

4
Watara 2016-10-14 15:53:35

ABobasirikar.Kobatidog.Nibaz.Kwatarivyo

5
mzoyihera intagoheka 2016-10-14 00:05:11

Ni mureke Nkurunziza ya racanganikiwe siwe.

6
Fedas 2016-08-28 07:48:24

Nakamenyo Ivyubu Kabisa.

7
emma 2016-08-22 15:34:21

Nye Emma nibereye hano i MAHAMA nkora ubumaraya ntimundenganye kuko nayayutse mumutwe niyo mpamvu nahunze. Iyo ibisazi bivyutse ntangira gucafuza izina ryumukuru wigihugu NKURUNZIZA. Murantunga.

8
AKIM DATONI 2016-08-21 23:50:57

Vyukuri Umuntu arya ayo mahera yabasirikare baja kugarukana umutekano muri somalia basa nabanyoye amaraso yabo.

9
leonard 2016-08-20 22:43:41

muta, jewe nta co nkivuga, ure tseko imana yonyene ariyo izo za kwicira urubanza

10
MISAGO MICHERI 2016-08-20 13:24:09

URAPFANABI EKO ABARUNDINKABANYAGIHUGUTWAGUHINYUYE UVUGIKI REKAKWICAFUZANTACO UGITEZE KUBVEGETSI UWOKUBAZA ABANYURUJWE WOBAZA WARYARYAWE ABASODA PORISI TWEBWE ABENEGIHUGUTUBEMERA% NTIMUKAZE MWUNVIRIZA ABASHAKA AGAPFA NKAREHONSI NIMWIYUBAKIRE IGIHUGU ABAGISANBURA NABO CECEKA

Paji: 1 | 2  

Kumenyekanisha