LeoEzetop n’iki

0 4-02-2013 - saa 07:40, IGIHE

Ni serivisi ifasha abanywanyi bose ba prepaidleo ibashoboza kuronka amafranga baba babarungikiye mu bihugu vyose vyo kw’isi. Ukoresheje umuhora ngurukana bumenyi (internet) muri (Canada,USA,Belgique,…)
Iciza ca leoEzetop
Iciza ca leoEzetop n’uko mushobora kurungikirwa amaunite avuye kw’isi yose.
leoEzetop ikora gute?
1. Ubanza kw’injira kuri www.ezetop.com
2. Gutora igihugu wipfuza kurungikamwo amahera.
3. Kumenyesha amafaranga ushaka kurungika
4. Kurungika ibiranga ikarata yawe (...)

4. Kurungika ibiranga ikarata yawe (carte de credit).

5. kurungika

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

Nta ciyumviro kirajako. Ba uwa mbere!  

Kumenyekanisha