Uwugiye kurongora ishengero Katorika n’uwari Cardinal wa Argentine, Jorge Mario Bergoglio. Yiswe Fransisko wa Mbere.
Ni umu Papa wa mbere atavukiye i Buraya haheze imyaka irenga igihumbi. Yavukiye i Buenos Aires, ni muri Argentine, muri Amerika y’Epfo. Abavyeyi b’iwe n’abataliyano.
Cardinal Bergoglio w’imyaka 77 abonwa nk’igitangaro kuba yatowe.
Yafashe izina ry’ubu papa rya Papa (...)
Uwugiye kurongora ishengero Katorika n’uwari Cardinal wa Argentine, Jorge Mario Bergoglio. Yiswe Fransisko wa Mbere.
Ni umu Papa wa mbere atavukiye i Buraya haheze imyaka irenga igihumbi. Yavukiye i Buenos Aires, ni muri Argentine, muri Amerika y’Epfo. Abavyeyi b’iwe n’abataliyano.
Cardinal Bergoglio w’imyaka 77 abonwa nk’igitangaro kuba yatowe.
Yafashe izina ry’ubu papa rya Papa Francois.
Nta ciyumviro kirajako. Ba uwa mbere!