Jacques BIGIRIMANA yasavye amakungu gukura ibihano vyafatiwe Uburundi (Video)

13 22-04-2016 - saa 18:59, Jean De Dieu

Source: RTNB

Source: RTNB

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

Paji: 1 | 2  

11
Falcon 2016-04-23 08:30:25

Abarundi twaragowe,nkuyu jacques bigirimana yahejeje plomberie,none ngo arafise ivyo abwira amakungu?ngo ni umunyepolitique?ewe burundi uragowe IMANA itatugiriye imbabazi nihatari.

12
gwasa 2016-04-23 07:58:58

oya Jaque ntaco imfashanyo haheze imyaka itatu atamfashanyo dufise none uburundi ntituguma tubaho nkakwakundi mbe kobaguma biruka ngaha muburundi amaguru adakora hasi kandi ataco tukibasaba sibo biruka?baribaziko tuzoca dusaba imbabazi,gusa umutama wacu S.H Nkurunziza tumukunde kuko numugabo kweli

13
karorero 2016-04-22 22:36:43

Komera komera ntawundi akwiriy ijunja nijambo nkuyu mutama Jacques imana imurinde.

Paji: 1 | 2  

Kumenyekanisha