
Igenekerezo rya 27 Myandagaro .
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1991: Igihugu ca Modalvie kironka ukwikukira.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1770: Georg Wilhelm Friedrich Hegel, umuhinga muri philosophie w’umudagi.
1884: Vincent Auriol, uwabaye umukuru w’igihugu c’Ubufaransa.
1941: Cesária Évora, umuririmvyikazi wo muri Cap- Vert.
Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri
1958: Georges Lecomte, umwanditsi w’umufaransa.
2005: Antoine Gissinger, umunyapolitike (...)
Igenekerezo rya 27 Myandagaro .
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1991: Igihugu ca Modalvie kironka ukwikukira.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1770: Georg Wilhelm Friedrich Hegel, umuhinga muri philosophie w’umudagi.
1884: Vincent Auriol, uwabaye umukuru w’igihugu c’Ubufaransa.
1941: Cesária Évora, umuririmvyikazi wo muri Cap- Vert.
Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri
1958: Georges Lecomte, umwanditsi w’umufaransa.
2005: Antoine Gissinger, umunyapolitike w’umufaransa.
Ibihimbazwa
. Moldavie: Umunsi mukuru wo kwibuka intahe yo kwikukira.
Nta ciyumviro kirajako. Ba uwa mbere!