Itarike 20 Nyakanga

1 19-09-2018 - saa 06:38, IGIHE

Igenekerezo rya 20 Nyakanga .
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1946: Hatangura isabukuru ry’amasinema ry’i Cannes mu Bufaransa.
1960: Ibihugu bikurikiravyinjira mu muryango wa ONU: Bénin, Burkina Faso, Cameroun, République Centrafriaine, Chypre, Congo Kinshasa, Congo Brazzavillle, Côte d’Ivoire, Gabon, Madagascar, Niger, Somalie, Tchad hamwe na Togo. 1977: Ibihugu Djibouti na Viêt Nam vyinjira mu muryango w’igihugu bigize ONU.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1853: Rama wa 5, (...)

Igenekerezo rya 20 Nyakanga .

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

1946: Hatangura isabukuru ry’amasinema ry’i Cannes mu Bufaransa.

1960: Ibihugu bikurikiravyinjira mu muryango wa ONU: Bénin, Burkina Faso, Cameroun, République Centrafriaine, Chypre, Congo Kinshasa, Congo Brazzavillle, Côte d’Ivoire, Gabon, Madagascar, Niger, Somalie, Tchad hamwe na Togo.
1977: Ibihugu Djibouti na Viêt Nam vyinjira mu muryango w’igihugu bigize ONU.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1853: Rama wa 5, umwami wa Thaïlande.
1948: George R.R. Martin, umwanditsi w’umunyamerika.
1977: Henrik Larsson, umukinyi w’umupira w’amaguru wo muri Suède.

JPEG - 75 ko
Henrik Larsson

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nk’iri

1875: Saint-John, umwanditsi w’ivyivugo w’umufaransa. Yaronse agashimwe kitiriwe Nobel mu vyerekeye ukwandika mu 1960.
1970: Ludvik Svoboda, umunyapolitike akomoka muri Republika ya Tchèque. Yabaye umukuru w’ico gihugu kuva 1968 gushika 1975.

JPEG - 45.6 ko
Ludvik Svoboda

1999: Raïssa Gorbatcheva, uwahoze ari umutambukanyi wa Mickhail Gorbatchev.

JPEG - 49.9 ko
Raïssa Gorbatcheva

Ibihimbazwa

. Ossétie y’Ubumanuko: Umunsi mukuru wo kwibuka ukwikukira kw’ico gihugu.
. Thaïlande: Umunsi wahariwe urwaruka rw’ico gihugu.

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

13068 0 12-11-2018
7794 0 2-11-2018
3762 0 25-10-2018
6246 0 21-10-2018
Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

1
Therence 2018-09-22 19:51:23

IZOTARIKI,NDUMVA,ZIRAHAMBAYE,KUNKINO,ZUMUPIRA,WAMAGURU.

Kumenyekanisha