
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
Igenekerezo rya 13 Myandagaro .
1099: Papa Pascal wa 2 aratorwa muri ayo mabanga.
1624: Armand Jean du Plessis de Richelieu atorwa kuba umuhanuzi w’Umwami.
1792: Umwami w’Ubufaransa, Louis wa 16, ahabwa uburozi.
1960: Igihugu ca République Centrafricaine kirikukira.
1961: Ibikorwa vyo kwubaka uruhome rw’i Berlin biratangura.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1866: Giovanni Agnelli, umuhinga muvyerekeye amahinguriro . Ari mu batanguje ihinguriro rikora imiduga Fiat.
1926: Fidel Castro, uwahoze ari umukuru w’igihugu ca Cuba.
1956: Koffi Olomidé, umuririmvyi akomoka muri Congo.
1963: Édouard Michel, umuhinga muvyerekeye amahinguriro w’umufaransa. Afise ubwoko bw’amapine y’umiduga yatanguje.
Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri
1863: Eugène Delacroix, umuhinga mu gucapa no gusiga irangi. Akomoka mu Bufaransa.
1971: King Curtis, umucuraranzi w’umunyamerika.
Ibihimbazwa
. Umunsi mpuzamakungu wahariwe abandikisha ukubamfu.
. Colombie : Umunsi wahariwe abakina ivyese bitwenza.
. République Centrafricaine: Umunsi mukuru wo kwibuka ukwikukira kw’ico gihugu.
. Tunisie : Umunsi mukuru w’abakenyezi wo kurwego rw’igihugu.
Nta ciyumviro kirajako. Ba uwa mbere!