
Igenekerezo rya 01 Gitugutu
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1960: Igihugu ca Nigéria kirikukira. 1961: Hatanguzwa ikigo c’igendereza no kwivuna abansi muri Leta Zunzubumwe z’Amerika. 1970: Haba amaziko y’umuririmvyi Jimi Hendrix mu gisagara ca Seattle yavukamwo.
1999: Hatangura indwano ya kabiri yo muri Tchétchénie. 2001: Papa Yohani Paulo wa 2 yuguruza inama y’abasenyeri bita Synode.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1881: William Edward Boeing, umuhinga mu gukora indege (...)
Igenekerezo rya 01 Gitugutu
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1960: Igihugu ca Nigéria kirikukira.
1961: Hatanguzwa ikigo c’igendereza no kwivuna abansi muri Leta Zunzubumwe z’Amerika.
1970: Haba amaziko y’umuririmvyi Jimi Hendrix mu gisagara ca Seattle yavukamwo.
1999: Hatangura indwano ya kabiri yo muri Tchétchénie.
2001: Papa Yohani Paulo wa 2 yuguruza inama y’abasenyeri bita Synode.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1881: William Edward Boeing, umuhinga mu gukora indege w’umunyamerika. Ni nawe yazanye ubuhinga bwo gukora indege zo mu bwoko bwa Boeing.
1924: Jimmy Carter, umukuru w’igihugu wa Leta Zunzubumwe z’Amerka yagize uwa 39. Yawaye kuva 1977 gushika 1981.
1959: Youssou N’Dour umuririmvyi akomoka muri Sénégal.
Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri
1684: Pierre Corneille, umwanditsi w’umufaransa.
1985: E.B. White, umwanditsi w’umunyamerika.
Ibihimbazwa
. Umunsi mpuzamakungu waharirwe abantu bageze mu zabaukuru.
. Umunsi mpuzamakungu wahariwe umuziki.
. Cameroun: Umunsi w’ukujahamwe.
. Chine: Umunsi mukuru w’igihugu.
. Chypre: Umunsu mukuru w’igihugu.
. Koreya y’Ubumanuko: Umunsi wahariwe igisirikare.
01/10/1990: ingabo zahoze ari iza Armee patriotique Rwandaise (APR) zafashe intwaro zitangiza urugamba rwo kwibohora zinyuze Kagitumba! long livve kuri RDF