Isi yuzuye ababiririra n’ababirirana

7 9-12-2012 - saa 10:05, IGIHE

Udafise aba ahangayitse arondera kuba nk’abandi, uwaronse nawe aba ahangarikishijwe n’itunga ryiwe kugirango abandanye atere imbere. Udafise afise ibimuriza, n’ufise nawe arafise ibimuriza.
Gusa ico nabonye mu buzima bwa minsi yose, nabonye kunezerezwa nuko uri arico kiruta vyose .woba nawe uhangayikishijwe n’uko udafise amafaranga menshi ? yewe ntibiguteshe umutwe kuko ntawuyahaga. Ego simpakanye ko afise akamaro ariko mbona ko adakwiye. Umve nawe yavuze atiUyafise yoyagura uburiri (...)

Udafise aba ahangayitse arondera kuba nk’abandi, uwaronse nawe aba ahangarikishijwe n’itunga ryiwe kugirango abandanye atere imbere. Udafise afise ibimuriza, n’ufise nawe arafise ibimuriza.

Gusa ico nabonye mu buzima bwa minsi yose, nabonye kunezerezwa nuko uri arico kiruta vyose .woba nawe uhangayikishijwe n’uko udafise amafaranga menshi ? yewe ntibiguteshe umutwe kuko ntawuyahaga. Ego simpakanye ko afise akamaro ariko mbona ko adakwiye. Umve nawe yavuze atiUyafise yoyagura uburiri ariko ntiyoyagura itiro, uyafise yoyagura ibitabo ariko ntiyoyagara ubwenge, uyafise wocungererwa umutekano ari ntiwogura amahoro, iyo uyafise ugwiza abagenzi ariko ntibikubuza kuganya, uyafise wogura ubucuti ariko ntiwoyagura urukundo,uyafise wozunguruka isi ariko ntiyogufasha no kuzorunguruka mw’ijuru,uyafise woyagura ibituma ubaho ariko ntagiturire woha urupfu rwaje ngo rukureke.

JPEG - 41.2 ko

Nico gituma umuntu wese ategerezwa kunezerezwa nuko ari.

Ego ntibikubuze gukura amaboko mu mpuzu ngo akore ibikorwa vyo kwiteza imbere n’abiwe mbere n’igihugu cose muri rusangi. Ariko kwamana amaganya sivyo vyotuma uronka uretse ko n’uwaronse n’ubundi nawe arira . wewe ubivugako iki.

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

1
Eric Niyondiko 2017-03-19 12:27:57

None ubukene buhera kumuntu wariwe wese?

2
Manirakiza Ferdinand 2016-12-29 17:41:39

Harya bibwirwa besh bikumva benevyo.Iyi mpanuro ije hageze.Har besh bamez uko nyene.Bafise vyose muga baguma biririra ngo ntaco bafis wewe ubona ko bujuje.

3
Mutima 2016-02-02 04:02:30

Nukobiri.

4
mdn 2015-10-28 19:06:42

Nitubanz twitwararik ubwami bw’IMANA ibind izobitwongera.

5
kazungu 2015-07-14 15:05:14

nukomufisemenshi ahomwadebaritse ibinwa umengo muri ingurube zirigusura amase muriko murira ngobababone ahubwo jewe nobafata nobadida mukarira mifise ikibariza erega murateye isoni ehe nkuwo mugore ukungene umwana wiwe yumiwe araba agahabwa icokigaboco wobeshera urutaro urabona ivyobinwa vyaco ukuntu cabishanje none hariko harira mwebwe abana banyu nabo bafatishije barira ntawuhoza .

6
Louis 2015-05-24 13:41:47

yabuwufise yabuwudafise mbonabosarikimwe none umuhigwe ninde???

7
jojo 2014-12-01 17:12:54

dunia haina huluma.umuntu yokwiyegurira uhoraho gusa kuko niwe mwizigirwa mwiza adahinduka nagato

Kumenyekanisha