Ishengero Gatorika ryakuye abapadiri bose mw’itunganywa ry’amatora

57 28-05-2015 - saa 11:08, IGIHE

Ishengero Gatorika ryakuye abariserukira bose mu murwi utegura amatora, mu ntara no mu makomine.
Mu nama yahuje abepiscopi Gatorika b’i Burundi Abepiscopi ba Ekereziya Gatolika bamenyeshako bakuyemwo abapatiri bari bashizwe mu mirwi ijejwe gutunganya amatora mu ntara CEPI no mu ma komine CECI. Ivyo bibanza babihaye uwo wese yumvako arongowe kuja gucungera amatora.
Inama nkuru y’Abepiscopi imenyesha ariko ko ishigikiye amatora bagasaba abakristu bose gutora uwo mutima Mweranda aberetse ata (...)

Ishengero Gatorika ryakuye abariserukira bose mu murwi utegura amatora, mu ntara no mu makomine.

Mu nama yahuje abepiscopi Gatorika b’i Burundi Abepiscopi ba Ekereziya Gatolika bamenyeshako bakuyemwo abapatiri bari bashizwe mu mirwi ijejwe gutunganya amatora mu ntara CEPI no mu ma komine CECI. Ivyo bibanza babihaye uwo wese yumvako arongowe kuja gucungera amatora.

Inama nkuru y’Abepiscopi imenyesha ariko ko ishigikiye amatora bagasaba abakristu bose gutora uwo mutima Mweranda aberetse ata gitsure batewe canke ngo bagurwe kuko boca baba abaja. Abo basenyeri bahamagarira abagira imyiyerekano kuyigira mu mutekano, ataco bononye na cane ntibice. Basaba n’abajejwe umutekano kudakoresha inguvu na cane cane kutica abo bajejwe gukingira kuko ubuzima ni katihabwa.

Iryo kura abaryo mw’itunganywa ry’amatora, rikaba rije rikurikira urwandiko bari bashize ahabona, aho bavuga ko bashobora gukinjura mu matora, bivanye n’amakenga bari bagaragaje.

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

Paji: 1 | 2 | 3 | 4 | 5 | 6  

21
Blue Bird 2015-05-28 22:09:25

Abo basore bashaje si abantu.Nashaka nunganire VUGANEZA.Abo bapatiri birirwa benda abana banyu mu nyo bakitwaza ngo ni abakozi b’Imana.Mwomenya ko n’abagore banyu mutabacunze abo bakozi ba SODOMA bazobasambuza ingo.

Mumenye ko katolika ifise uruhara runini ku ntambara ziba kwisi.Ndizera ko muri kano kanya hammwe Ntamwana yovuga ati imyiyerekano nihagarare ubwo nyene yoca ihagarara.

Sinanka abakatolika kuko harimwo beza.Nobaha akarorero:mu 1993 abasoda baje kutwica ,twahungiye kw’ishure ry’abakobwa ( ENF)ry’i GITEGA , umubikira atubonye yaciye atubwira ngo mva mumaso ntibabicire imbere yanje.
Uwundi atari umubikira ariko yakora ngaho , yaciye yiruka ahamagara umuyobozi ,nawe ashitse aca abwira umushoferi ngo autware kwa RUHUNA.RUHUNA yaratunyegeje co kimwe n’abandi kugeza aho amabarabara yasubira kurengana tugashobora kumanuka.RUHUNA niwe yatunyegeje, niwe yatugaburira , kuburyo hariho nabashaka kudusangiwe ngo batwice ariko yaravyanse.Murumva ko bose atari babi ariko katolika muri make 99.99...% sont des politiciens déguisés en serviteurs de Dieu.Cest un mensonge ils sont au service de leur père le diab...

22
Bede 2015-05-28 21:59:33

Eee! n’ukuri Burya Ntitwibaze ko Bwoba Ubujuju .Erega Abepisikopisikopi bacu Baraz’igikenewe.

23
2015-05-28 21:58:25

nivyiza!mugabo,bakunz nde?bans nd?iyo barwanya manda,bogumyemwo kugira ntazokwibw!

24
OKAY 2015-05-28 21:58:04

@Vuganeza

Hahahaha Ati amazi arashuha ariko ntiyibagira ibumbeho. Ubunyeshamba bwawe buratanguye kukuzukamwo hahaha. Je narababwiye: Umuntu atowe mwishamba, ashikirizwa muganga ntabwo ashikirizwa igihugu. Icambere bari gufasha Nkurunziza, kwari ukumuvura mumutwe kwanza, hanyuma abantu nkawe hoho bakabegeraniriza muma organization atandukanye akurikirana abantu bahahamutse. Kubaha igihugu barabagoye cane! None ntubona ko mugira muhindure igihugu ishamba? Mwakumbuye iwanyu (mwishamba) hahaha. Ahubona urantwengeje

25
NZAMBIMANA EVARISTE 2015-05-28 21:50:42

NGIRANGO BABONYE BIRIMWO AMAHINYU ARIK ICO MBONA COBA CIZA NUKO BOMUREKA AKIGERAGEREZA AMAHIRWE

26
Ndayikeza Joël 2015-05-28 20:27:14

imvo itumye abo bapadiri bavayo n’iyihe?

27
shedhdhhd 2015-05-28 20:18:16

OYA NGIRA WA MUSHIKIRANGANJI NDUWIMANA KWIGWARUDUBI ACA ASHINGA EKLEZIYA GATORIKA NYAKURI IRAGI RYA YEZU WI BUYUDEHA,,,,,KUGIRA BAZE BAGUME BAVUGA KO GATOLIKA IRIMWO MWAYO MATORA,,,,,nayo ivyo espoir yavuze nivyumuntu nyene ata jambo,,,,NIHAHANGAME EKLEZIYA GATOLIKA NYERANDA ,,YAGANEWE BOSE KANDI YABATUMWA,,, TWEBWE NTA KIBAZO CABANYWANYI DUFITA HAZA UWUSHAHA,,,NTAVYO GUKOKA,,,,,

28
SYLVAIN 2015-05-28 20:16:20

NIBAREKE AMATORA ABE NTAKIINDI COGUMIZAHO UBWIGENGE ATARI AMATORA.

29
Hakana 2015-05-28 19:36:44

BATUTSI muzi ko mwishe ba NDADAYE?ntabwo muzongera kwica abahutus ukundi .Ubu byarahinduste sha! TUZABIVUNA

30
Mandela wilsonn 2015-05-28 19:21:04

Nibiviremwo kk twozobabaza impamvu bagiye muri ayo matora atariyo nibareke ndayicariye nyakwicarira uruti bayategurane na nkurumbi

Paji: 1 | 2 | 3 | 4 | 5 | 6  

Kumenyekanisha