Ishengero Gatorika ryakuye abapadiri bose mw’itunganywa ry’amatora

57 28-05-2015 - saa 11:08, IGIHE

Ishengero Gatorika ryakuye abariserukira bose mu murwi utegura amatora, mu ntara no mu makomine.
Mu nama yahuje abepiscopi Gatorika b’i Burundi Abepiscopi ba Ekereziya Gatolika bamenyeshako bakuyemwo abapatiri bari bashizwe mu mirwi ijejwe gutunganya amatora mu ntara CEPI no mu ma komine CECI. Ivyo bibanza babihaye uwo wese yumvako arongowe kuja gucungera amatora.
Inama nkuru y’Abepiscopi imenyesha ariko ko ishigikiye amatora bagasaba abakristu bose gutora uwo mutima Mweranda aberetse ata (...)

Ishengero Gatorika ryakuye abariserukira bose mu murwi utegura amatora, mu ntara no mu makomine.

Mu nama yahuje abepiscopi Gatorika b’i Burundi Abepiscopi ba Ekereziya Gatolika bamenyeshako bakuyemwo abapatiri bari bashizwe mu mirwi ijejwe gutunganya amatora mu ntara CEPI no mu ma komine CECI. Ivyo bibanza babihaye uwo wese yumvako arongowe kuja gucungera amatora.

Inama nkuru y’Abepiscopi imenyesha ariko ko ishigikiye amatora bagasaba abakristu bose gutora uwo mutima Mweranda aberetse ata gitsure batewe canke ngo bagurwe kuko boca baba abaja. Abo basenyeri bahamagarira abagira imyiyerekano kuyigira mu mutekano, ataco bononye na cane ntibice. Basaba n’abajejwe umutekano kudakoresha inguvu na cane cane kutica abo bajejwe gukingira kuko ubuzima ni katihabwa.

Iryo kura abaryo mw’itunganywa ry’amatora, rikaba rije rikurikira urwandiko bari bashize ahabona, aho bavuga ko bashobora gukinjura mu matora, bivanye n’amakenga bari bagaragaje.

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

Paji: 1 | 2 | 3 | 4 | 5 | 6  

11
Sébastien 2015-05-29 13:42:19

NUBUNDIBARIBARATEVYIKUKOBARAHANUYEBIRANKA.

12
muvyeyi 2015-05-29 09:48:55

nibasokore, barerekanye ko bashigikiye transition,donc bifatanije naba putchiste! icobabera co nuko batosubira imbere yacu les chretiens ngo bariko bigisha urukundo. ngoyagoye arabashoboye pe!

13
NKUNZIMANA AUDACE 2015-05-29 09:16:07

NONE RETA YUBURUNDI NTIBONAKO WAMUKOZI W’IMANA GAKWAYA DAMASENI YAVUGAKO ATAMATORA ARIHO IMANA KO IYANSE MUMBONERA ATARIVYO AHUBWO IMANA NISHITSE IVYOYAVUZE ABARUNDI TUVE MUMAGANYA EREGA GATORIKA NABASHINGANTAHE IMANA YABWIYE ABARUNDI KOBIHANA MUGABO BARANSE BAGUMA BIBA BICANA BASAMBANA BIBA ABANDI AMACAKUBIRI NONE IVYO IMANA YOVYIHANGANIRA?ITEGEREZWA KUZA GUHANA UMUNYAVYAHA

14
DONATIEN 2015-05-29 08:59:06

nibavey kuber bari bahanuy birank.ahubwo nibagtme basabir uburund.

15
2015-05-29 07:33:45

ntakundi nyomba ariko Imana yabibahishuriye.

16
ntwari claver 2015-05-29 06:51:29

turabashimiy can,ariko non muvuy mumigwi yamatora mwumva twho aba kristu twoyakamwo gut?tubwir ntituz tuyitab kuko mwayakemy ikintu

17
vuganeza 2015-05-29 06:44:24

@OKAY et blue bird
hari ikintu kimwe wavuze co,ntakwibagira,il faut que abahutu baguma bibuka ivyo abatutsi babakoreye,kubaga abagore bafise inda,gutungira imigano abakobwa,gusamira abana ku ma baionnettes,guturira abahutu mu ma pines n’ibindi,ça pas oublier,

Sha ubwo burya ivyo uvuga wumva bifise sens,uzi abantu batwara bavuye mw’ishamba uko bangana?Bose rero barahahamutse?No hakurya ya kanyaru abatwarayo bavuye mw’ishamba kumbura uje kubayo numva muhahaya cane. Uravyitondera abavuye mw’ishamba turarinda ntitwahahamutse,c’est different,ntidukagwa imiborogo y’abatutsi frustrés et fatigués comme toi.
Nagire nkubwire igihugu tugitwaye 10 ans neza mu mahoro uretse abatutsi mwagiye mudutobera mukica aba FNL,mukica ababikira mugaturira amasoko,mais malgré ça duhagaze neza ja mu myiyamamazo wirabire!

Ecoutes kuvuga ko dukumbuye ishamba je ne sais pas si tu penses que hari uwo vyobabaza,ariko nokubwirako tutazorisubiramwo ,je ne crois pas du tout par contre toi woricamwo gato vyogufasha.
Ikindi witonde igihugu nubu turagitwara umaramare ,nawe ube uravuga ngo baratugoye,ayo magorwa badukoreye yo gutwara igihugu urareka kuyadutura tuzimenya sha!!
Aaah,OKAY!!Vraiment tu es stupide,igihugu cifashe neza uretse mu ma quartiers y’abatutsi musigaye mwirigwa mwikina amatavu ku ma barricades,ni mwe mugomba kugica ishamba ariko uko ubizi rizoguma imbere y’imiryango i wanyu kandi urabibona,ahantu musigaye mwiyugarana mu ma quartiers i wanyu n’amazirantoke ku ma barrières n’amacinya na coleras biriko bisya bitambaye ubwo wumva ari bande bakeneye kuvugwa,canke n’ibirozi muriko murahamura ,hari umuntu akomeye neza apakurura WC?kumbura usuzume abatutsi bene wanyu twebwe abavuye mw’ishamba tumeze neza uwokubesha ngo dufise ingorane zo gutwara!uririra!
A blue bird ,nagire nanje ndakwunganire ku vya ruhuna burya ivyo ruhuna yabakoreye ngo kwari ukwigaya ngo ku mahano yakoreye abahutu muri 72,ikindi Ntamwana ntashobora guhagarika imyiyerekeno kuko we nta controle afise kuri barya batutsi bari ku ma barrières barya ni ukubavugutira umuti seulement tukabashira ku murongo,we yagiye ngaho ngo abaja ariko barya bari mu bintu atamenya,yobahagarika gute barya batutsi baba sans echecs,yarigeze abashobora?Nico abahutu bibagira abo ba senyeri nibareke kuturenza ivyo bikanzu ngo mandats,izo mandats zibatwaye iki?Canke bashaka kwitoza ou gutwara transition?ubu harageze aho bagira ico bavuze aho twari mw’ishamba yari cwe!!!

18
Van 2015-05-29 06:11:14

NtamuPadili akwiye kuja muvyamatora

19
vann ntonny 2015-05-29 03:59:48

mbe ubu ninde adakorera inda?je ndibazako abungere bacu bize kuruta mbere nabobagomba gutwara uburundi ahobarabona ikibereye kandi nawe wiyumviriye amatora nubwo bayigije inyuma datawanje wumva hasigaye imisi ingahe kugra abe?hakivugwa manifestation,hakivugwa urwaruka rwimbonerakure rutunze ibigwanisho,abanyepolitike bicwa atacamira,mbe buryako CNDD FDD amatwi ansumira batanguye intambara ari 40 harageraho bakora rebelion igakomera,mbega icerekanako abamanifesta bo batokoresha les memes statregies nigiki?mbega ko data numvise ngo bagira batoze amahera azokora mumatora ngo uburundi bwarikukiye mbe burya twenkuburundi butwawe na nkurunziza imyaka cumi bukaguma arubwambere bukenye,ubwonyene ubu amatora ageze nihoduciye tuba aba independant?sivyiza ko twoza turigira ibijuju kubintu biboneka kandi tuzi.mbega angrais chimique izogurwa angahe?wibaza muzoroherezwa kwivuza?ntavyonzi murantunga

20
NShimiyumukiza dezire 2015-05-28 23:32:43

mwe niba mwaba,musenga

yesu.ntabwo mwari gufa
tanya.naba nye politiki,
bahaye,umutima wabo she
tani ngwawukoreshe,ibyo,
kwishira hejur.ahubwo
mwari kwifatanya mukuby
ereka,Yezu, erega mume
nyeko kizira kwisamburir
ako.ahubwo murabeneza
mucnye politiki harimo ut
ugwi,dusebya ubuyobozi
,hari bamwe bashizwe kwi
ca,abandi,amagambo mabi,
abandi kwumvikanisha ibyi
terabwoba,canecane,hanz
eyigihugu,jewe ndihanze
ndikwumva,uburyo baseb
ya,ubuyobozi! njewe,iyom
byumva.sinishima;ahubwo
muribo mvuganti,yesu ni
we ushiraho ubuyobozi.
biciye mumatora,konding
o,ntabwo bica mukwigome
ka,ok-sibyo gusuzugura,
namba,umutwe bavugango
tumurwanye,ariko sibyo,a
hubwo,nibirimumitimayabo
nkukobabyerekana,nimer
o,yanje 0728293729 mura
koze,ni dezire,

Paji: 1 | 2 | 3 | 4 | 5 | 6  

Kumenyekanisha