
Ishengero Gatorika ryakuye abariserukira bose mu murwi utegura amatora, mu ntara no mu makomine.
Mu nama yahuje abepiscopi Gatorika b’i Burundi Abepiscopi ba Ekereziya Gatolika bamenyeshako bakuyemwo abapatiri bari bashizwe mu mirwi ijejwe gutunganya amatora mu ntara CEPI no mu ma komine CECI. Ivyo bibanza babihaye uwo wese yumvako arongowe kuja gucungera amatora.
Inama nkuru y’Abepiscopi imenyesha ariko ko ishigikiye amatora bagasaba abakristu bose gutora uwo mutima Mweranda aberetse ata (...)
Ishengero Gatorika ryakuye abariserukira bose mu murwi utegura amatora, mu ntara no mu makomine.
Mu nama yahuje abepiscopi Gatorika b’i Burundi Abepiscopi ba Ekereziya Gatolika bamenyeshako bakuyemwo abapatiri bari bashizwe mu mirwi ijejwe gutunganya amatora mu ntara CEPI no mu ma komine CECI. Ivyo bibanza babihaye uwo wese yumvako arongowe kuja gucungera amatora.
Inama nkuru y’Abepiscopi imenyesha ariko ko ishigikiye amatora bagasaba abakristu bose gutora uwo mutima Mweranda aberetse ata gitsure batewe canke ngo bagurwe kuko boca baba abaja. Abo basenyeri bahamagarira abagira imyiyerekano kuyigira mu mutekano, ataco bononye na cane ntibice. Basaba n’abajejwe umutekano kudakoresha inguvu na cane cane kutica abo bajejwe gukingira kuko ubuzima ni katihabwa.
Iryo kura abaryo mw’itunganywa ry’amatora, rikaba rije rikurikira urwandiko bari bashize ahabona, aho bavuga ko bashobora gukinjura mu matora, bivanye n’amakenga bari bagaragaje.
Paji: 1 | 2 | 3 | 4 | 5 | 6
barasoma canke babaze abize histoire des religions ibishobora gushikira catholika hamwe yobandanya iyo ngendo
ni bansumirinda
nivyiza kuvamwo me muze tj ham mugusenga kugira n abo basigay basokore barek guhendwa kandi bafs amaso n amatwi yokwumva hezagirwa mwebw mwes musomy ubu butumwa.
nsanzwe ndumukorezi,birandyoheye kwiryo kinjura ryabo.kuko ivy’Imana Ntibabivang Nivya Politique.Abarundi Batore Atagicure,nkabansaba Nubw Ato Ndibushikeko Abari Mumwiyerekano Bayivemwo,hama Umubabaro Bazowugaragariz Mukazu Kamatora,kuk Umwana Mukurira Yerekeza Amaso Kurinyina Natw Turarabishe Ku Mana.
ijambo ryImana.Niryo
Yesu.Ngo kuyobora kuva
kuriwe.ububi bwibyohanze
yuburundi nurwanda sheta
ni,abinyuza.mumitima yaba
mwumvira nabo bakabyohe
reza ku radio.ku video ku
mbuga,murumva byoroshe?
ARIKO YESU YATSINZE U
MUGOME,abenchi mubaru
ndi bajanwa hanze yigihu
gu cyabo nokugisebya.usi
bye ko bagenda bakoze,ib
ibi bagamije gutukisha ubu
yobozi bwa Pitha.batumye
abarundi bamwe cyanecy
ane.abagore babo nabana
babo nabo babashije gute,
rubwoba kungaruka yaku
deta barimo gutegura.no
kwo ngeraho ubugome,
mwese mureba,icyakora je
mbonabakoreshwa numubi
bitwaza.manda ya3,arikon
tabwo aribyo.bamwe muri
bobarwayimitima,ikindi,ub
wengenyabwo nukumenya.
gahunda yibyurimo nibyo
ujamo no kwiyubahisha
nokwubaha abndi no kubu
bahisha,murakoze
MURAMAHORO SE?.
JEWE.MBONA IBYOMWARI
GUKORA ATARIBYO MWAK
OZE,GATORIKA IVUZWE
NABI NTABWO IREKAKUBA
YO,MURAYIKOMEZA AHUB
WO.YUSU ARAMUSHIGIYE.
HAMWE NABAMWUMVIRAB
OSE.IYOMYIGARAGAMBYO
IMEZE NKIYABITWA NGON
ABATWA KERA.HATAGIRA
UWITWUMUKRISITU AYIJA
MO, NTUNAGENDANE NA
BO,NKURUNZIZA.UFATAN
YE NABIZERA.YESU GUKO
MEZANYA.MWIZINA RYAY
ESU.
IMANA NYENINGAMBO ICAKUMBO YITOREYE TUBUVIRE
BIRUMVIKANAKUBABABIVUYEMWOBAHAGAZERUGABO,IJAMBORYIMANARIVUNGO:RABA,Yak2:9
BIRUMVIKANAKUBABABIVUYEMWOBAHAGAZERUGABO,IJAMBORYIMANARIVUNGO:RABA,Yak2:9
NUBUNDIBARIBARATEVYIKUKOBARAHANUYEBIRANKA.
Paji: 1 | 2 | 3 | 4 | 5 | 6