Isanamu y’ururirimbo rwa Natacha n’umufaransa Bedja yasohotse (Video)

2 4-02-2015 - saa 11:38, IGIHE

Inyuma y’urugendo n’ibiteramo mu Burundi, umuririmvyi Bedja yagiye akoranye ururirimbo na Natacha. Umudiho wumvikanyweko n’abo baririmvyi ni "Zouk".
Umuririmvyi Bedja aje mu Burundi yarabajijwe ko ashobora gukorana"Collaboration" n’abaririmvyi b’Abarundi, uwo yishuye ko uwo bishaka wese bokora ururirimbo. Imvugo ya Bedja yajanye n’ingiro. Nk’uko Natasha yamwakiriye mu bigo vya Club du Lac Tanganyika akahagiririra n’igiteramo bari kumwe. Ururirimbo bise "Roho Yangu" bakoranye rwasohorewe isanamu. (...)

Inyuma y’urugendo n’ibiteramo mu Burundi, umuririmvyi Bedja yagiye akoranye ururirimbo na Natacha. Umudiho wumvikanyweko n’abo baririmvyi ni "Zouk".

JPEG - 134.1 ko
Bedja na Natacha mu giteramo kuri Club du Lac Tanganyika

Umuririmvyi Bedja aje mu Burundi yarabajijwe ko ashobora gukorana"Collaboration" n’abaririmvyi b’Abarundi, uwo yishuye ko uwo bishaka wese bokora ururirimbo. Imvugo ya Bedja yajanye n’ingiro. Nk’uko Natasha yamwakiriye mu bigo vya Club du Lac Tanganyika akahagiririra n’igiteramo bari kumwe. Ururirimbo bise "Roho Yangu" bakoranye rwasohorewe isanamu.

Mwomenyako umuririmvyi Bedja akomoka mw’izinga rya Mayotte mu gihugu c’Ubufaransa, yaje mu Burundi kugirisha ibiteramo bibiri ari kumwe n’abaririmvyi: Rally Jo, Happy Famba, Black J na Natasha. Hari ku magenekerezo rya 29 na 30 Myandagaro, kuri Musee Vivant no kuri Club du Lac Tanganyika.

Raba wumvirize n’ururirimbo "Roho Yangu" rwa Bedja na Natacha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

1
Emmanuel" 2018-06-10 03:51:35

Natasha Ndagukunda Gose Urandyohera Ukuntusa Ndivyuza Ko Tworyana Ikiror Kuk Amatako Yaw Asa Nirireng

2
Ngabirano 2016-11-01 14:21:26

Jew Nipfuz Yuk Mwonyereka Ifoto Yiw Ar Wenyen Kugir Ndamusab Ubugenz Mber Mumundamukiriz .Murakoz . Inyish .

Kumenyekanisha