Isanamu y’Ururirimbo "Ngirira vuba"yerekana intimba y’urukundo kubakundanye batari kumwe

5 21-08-2014 - saa 14:49, IGIHE

Isanamu y’ururirimbo "Ngiririra Vuba" rwa T-Max n’umuririmvyikazi wo mu Rwanda iriko iraboneka ku rubuga rwa You tube yerekana umubabaro abakundana bagira igihe batari kimwe. Dada Cross ati: " Fata indege uze unyarutse kwihangana vyanse... uze uzimye uwu muriro disi watse... kwihangana vyanse".
Amajambo T Max na Dada Cross baririmvye bongera berekana mw’isanamu y’ururirimbo "Ngirira vuba" yerekana intuntu z’urukundo ziterwa n’uko abakundanye batari kumwe. Dada Cross ati:" Burya gukunda muri (...)

Isanamu y’ururirimbo "Ngiririra Vuba" rwa T-Max n’umuririmvyikazi wo mu Rwanda iriko iraboneka ku rubuga rwa You tube yerekana umubabaro abakundana bagira igihe batari kimwe. Dada Cross ati: " Fata indege uze unyarutse kwihangana vyanse... uze uzimye uwu muriro disi watse... kwihangana vyanse".

PNG - 516.9 ko
Dada Cross na T Max

Amajambo T Max na Dada Cross baririmvye bongera berekana mw’isanamu y’ururirimbo "Ngirira vuba" yerekana intuntu z’urukundo ziterwa n’uko abakundanye batari kumwe. Dada Cross ati:" Burya gukunda muri kumwe biragora,... abateranya bahari ariko uwukenewe ni wewe... ndagukumbuye fata indege uze unyarutse uzimye umuririro disi watse".

Iyo ndirimbo co kimwe n’isanamu yayo ifise ubutumwa bukomeye cane aho umutu ateba akarambirwa urukundo, rukagabanurwa n’uko umuntu abura hafi yiwe uwo akunda.

JPEG - 12.7 ko
Dada Cross aririmbana intimba

Insobanuro zihagije hamwe n’ibindi bibazo ku muririmvyi T- Max tuzobibashikiriza mu kiganiro tuzogirana nawe kuri uyu wa 22 Myandagaro. uka ufise ikibazo ushaka ko twokubariza umuririmvyi T Max twandikire mu kibanza muhora mushikirizako ivyiyumviro, ikibi gusa ni ugutukana.

Umviriza wongere urabe isanamu y’ururirimbo "Ngirira vuba"

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

1
PIERRE 2015-07-06 21:40:42

BIRABABAJE GUKUNDA UWURIKURE YAWE GUSA WOKWIHANGANA.

2
Happy 2014-08-24 11:56:06

Muramubaza igituma aza gutira umukobwa mu Rwanda kandi i Burundi abakobwa bazi kuririmba kandi bafise n’ijwi ryiza buzuye?aho nuguteza urubwa igihugu cacu!mbe ko mu Rwanda atamukobwa barigera baza gutora ino i Burundi,suko banka kwigayisha!

3
t.ma 2014-08-23 22:34:34

eka mwabantumwe sivyogumyfina indirimbo n’urumuri rwanje koko nanje nizera ko tuzobonana.

4
Innocent 2014-08-22 12:36:22

Ubwambere ndashimiye umuririmvyi t-max kuri uru rurimbo yaririmvye vraiment nirwiza cane kuko najewe rwankozeko igihe nariko ndarwitegereza ifoto zago numviriza kandi namajambo arimwo kweri ntaho bitandukaniye nayo umu cherie wanje nasize mugihugu ahora ambwira igihe duhaye tuvugana kuri telephone iyindirimbo yanyigishije vyinshi cane gose reko nagomba mumumbarize ko yoba ariko yitegura kuza ino i SOUTH-AFRICA kudutemberera murakoze kuko turamukumbuye.

5
izere 2014-08-22 06:26:54

uramubaza ati we uri umuryndi 100 kw100? ko ukunda igiswahili kurusha kirundi

Kumenyekanisha