Ibibazo vy’abakurikiye inyigisho za Musenyeri Simoni Ntamwana (Igice ca kabiri)

6 13-01-2015 - saa 14:54, IGIHE

Abakurikiranye inyigisho za Musenyeri Simoni Ntamwana barashikirije ibibazo vyabo inyuma y’insiguro. Muri iki gice ca kabiri tubashikiriza ivyo bibazo vy’abakirisu hamwe n’inyishu zatanzwe na Musenyeri Simoni Ntamwana.

Abakurikiranye inyigisho za Musenyeri Simoni Ntamwana barashikirije ibibazo vyabo inyuma y’insiguro. Muri iki gice ca kabiri tubashikiriza ivyo bibazo vy’abakirisu hamwe n’inyishu zatanzwe na Musenyeri Simoni Ntamwana.

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

1
innocent fab 2015-01-13 23:14:01

Imana Iturinde nayubundi uyu mwaka ntiworoshe

2
KANA 2015-01-13 21:17:41

Politike zarabandanyije mumashengero,ubu Bible bashize hasi bari kwigisha ibwirizwa shingiro!Mais,urabishije ya maso ya kirundi umenga aba bakirisu bagizwe n ubwoko bumwe!Conseils noha uyu musenyeri nuko nawe yotangura koza ibirenge aba ba kirisu kurya kwa Peter,Sinon ntibazoheba PETER ibibazo babaza biboneka ko bashiririye.

3
mukobwajana 2015-01-13 21:09:18

NIYABA PITER ATAZI KO LE CLERGE IMURUSHA INGUVU NABANDANYE ..ARABAZA BAGAZA ,,ABA DD BARAVYIBUSHE NTA KINDI BIYUMVIRA ATARI UKUGUMA BARYA UKAMENGO NIBO BONYENE BAHARI ..AHUBWO DUSHAKA MINANI CANKE RWASA BABADUKUREKO

4
Nwari 2015-01-13 19:50:52

@marie urantwegeje kabisa haaahuuui iryo ryugane wakoresheje niryo (ikubitwa impade zose) wogira ninka uriko uravuga hiiiiioooo

5
Nuwera 2015-01-13 17:31:19

Ariko abakomeza gusunikira gusigura Ko musenyeri yigeze yibasira CNDDFDD canke Nkurunziza mubikurahehe!? Jewe mbona uyu musenyeri yatanzi mpanuro murirusangi! Ahubwosinzi icomimushakako!?.

6
marie 2015-01-13 15:15:50

dd irahanzwe, iriko ikubitwa impande zose, ehe n’abasenyeri, aragab naho ubundi bazomuhenura nkurunziza nka bagaza

Kumenyekanisha